5Gukeburirwa ahabonakuruta urukundo rwinyegeje.
16Kumutesha ni nko kugumya umuyaga,canke kugumya amavuta mu kiganza.
17Nk’uko icuma gikarisha ikindi cuma;ni ko umuntu akarishanya na mugenziwe.
52 resultados encontrados
5Gukeburirwa ahabonakuruta urukundo rwinyegeje.
16Kumutesha ni nko kugumya umuyaga,canke kugumya amavuta mu kiganza.
17Nk’uko icuma gikarisha ikindi cuma;ni ko umuntu akarishanya na mugenziwe.
11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.
14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!
7Bakundwa, muze dukundane, kuko urukundo ruva ku Mana. Umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arayizi.
8Umuntu wese adakundana ntazi Imana, kuko Imana ni urukundo.
16Turazi urukundo Imana yadukunze kandi twashize ivyizigiro vyacu mu rukundo rwayo.Imana ni urukundo. Umuntu wese aba mu rukundo aba mu Mana na yo ikaba muri we.
13Umutima uhimbawe utuma umuntu agira mu maso hakeye,ariko umubabaro uvuna umutima.
16Wopfuma ugira bike birimwo ukwubaha Uhoraho,hako utunga vyinshi vyuzuyemwo uruhagarara.
17Utuboga dusangiwe mu rukundoturuta ibinure usangiye n’uwo mwankana.
1Indirimbo iruta izindi ya Salomo.Umugeni
15Ese ingene uri mwiza, mukunzi wanje!Ese ingene uri mwiza!Amaso yawe asa n’ay’akanuma kitwa kolombe.Umugeni
16Ese ukuntu uri mwiza, mukunzi wanje!Ese ukuntu unezera!Kandi uburiri bwacu busa n’umurima utotahaye.Umukwe
4Bakobwa b’i Yerusalemu, ndabihanikirije:Ntimukome urukundo canke ngo murukangure,gushika rwishakiye kuvyuka.Abagenzi
6Nshira ku mutima wawe nk’ikidodo,nk’ikidodo ku kuboko kwawe;kuko urukundo rukomeye nk’urupfu,ishari ryarwo rigakomera nk’i kuzimu.Ruturira nk’umuriro waka,nk’urubeya rukomeye.
7Amazi menshi ntashobora kuzimya urukundo;inzuzi ntizishobora kuruzimanganya.Niyo umuntu yotangaivyo atunze vyose mu nzu yiwe ngo agure urukundo,yogawa rwose.Abagenzi
14Ivyo mukora vyose mubikore mu rukundo.
22Nimba hariho uwudakunda Umwami, uwo aravumwe. Kaze Mwami!
24Ndabakunda mwese muri Kristo Yesu. Amen.
8Ariko ikiruta vyose, mushishikare gukundana, kuko urukundo rupfuka ivyaha vyinshi.
9Mwakirane mu rukundo ata kwidodomba.
14Nibabatuka babahora izina rya Kristo, muze munezerwe kuko Mpwemu w’ubwiza ari we Mpwemu w’Imana ari kuri mwebwe.
5Ukwo kwizera n’urwo rukundo vyubakiye ku kwizigira ivyo Imana ibabikiye mw’ijuru. Ivyo vyizigiro na vyo mwabikuye mw’ijambo ry’ukuri mwumvise, ari ryo Butumwa Bwiza.
8Ni we yatubwiye ivy’urukundo rwanyu mwahawe na Mpwemu.
12mushima Data yabashoboje gusangira n’abera biwe umugabane wo mu bwami bw’umuco.
4Urukundo rurihangana, rugira neza, ntirugira ishari, ntirwihayagiza, kandi ntirwishira hejuru.
7Urukundo ntirucika intege, ntirutakaza ukwizera, ntirutakaza ivyizigiro, rukomeza kwihanganira ibihe uko bije kwose.
8Urukundo ntiruzigera rurangira. Kuvugishwa n’Imana, kuvuga mu ndimi zitamenyekana, n’ubwenge budasanzwe bizohera.
6amashikanwa aturiwe n’amashikanwa y’ivyahantivyaguhimbaye.
22muze twegere aho Imana iri dufise imitima irimwo ukuri kandi tuyizeye ata gukekeranya, imitima yacu yogejwe igakurwamwo ibiyagiriza, n’imibiri yacu yogeshejwe amazi meza.
24Kandi turondere ingene twoterana intege zo gukundana no gukora ibikorwa vyiza.
19Sihoni umwami w’Abamori,Urukundo rwiwe rwamaho ibihe bidashira.
5Ntiwizigire umubanyi;ivyizigiro vyawe ntibibe ku mugenzi.Naho yoba umugore mubumbatirana,wirinde ivyo iminwa yawe ivuga.
8Ntunyitambe ku muvyimba, wa mwansi wanje we!Naho naguye, nzovyuka.Naho nicaye mu mwijima,Uhoraho azombera umuco.
20Uzoba umwizigirwa ku ba Yakobo,uzokwerekana urukundo kuri Aburahamu,nk’uko wabirahiye ba sogokuruza bacumu bihe vya kera.
9Urukundo rwanyu ntirube urw’agahemo. Mwanke ibibi, mufatane n’ivyiza.
12Ivyizigiro vyanyu bitume mugumana umunezero. Mwihanganire imibabaro kandi mushishikare gusenga.
15Abanezerewe, munezeranwe na bo, abarira murirane na bo.
1Tubandanye gukundana nk’abavukana.
2Ntimwibagire kwakirana urukundo ingenzi, kuko bamwe mu babikoze bakiriye abamarayika batabizi.
21abe ari yo ibaha ivyiza mukeneye vyose kugira ngo mukore ivyo ishaka. Ishitse muri twebwe, biciye mu bushobozi bwa Yesu Kristo, ibiyihimbara vyose. Icubahiro cose kibe icayo ibihe vyose. Amen.
2kwamamaza urukundo rwawe mu gitondon’ubwizigirwa bwawe mw’ijoro,
3hakoreshejwe inanga y’imirya cumin’ijwi ry’ikembe.
10Wampaye inkomezi nk’iz’imbogo;unsukako amavuta meza y’umunezero.
22‘Haravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umwana wa se canke wa nyina.’Maze abantu bose bazokwishure bati ‘Amen!’
23‘Haravumwe umuntu asambana na inabukwe’Maze abantu bose bazokwishure bati ‘Amen!’
24‘Haravumwe umuntu yica umubanyi wiwe yihishije.’Maze abantu bose bazokwishure bati ‘Amen!’
11Ni nde mfitiye umwenda ngo ndamwishure?Ibiri musi y’ijuru vyose ni ivyanje.
19Umuriro uva mu kanwa kayo,amasase agataruka awuvamwo.
24Umutima wayo ukomeye nk’ibuye,ukomeye nk’urusyo.
5Icubahiro kibe icayo ibihe vyose, Amen.
10Jewe ubu noba nkirondera kwemerwa n’abantu, aho kurondera kwemerwa n’Imana? Canke ubu noba nkirondera kunezereza abantu? Iyo mba nkirondera kunezereza abantu, simba ndi umukozi wa Kristo.
15Ariko kuva nkiri mu nda ya mama, Imana yari yarantoranije, impamagara mu buntu bwayo. Hanyuma birayihimbara
12Ibwirizwa ryanje ni iri: Nimukundane nk’uko nabakunze.
13Nta rukundo ruruta gutanga ubugingo bwawe ku bwa bagenzawe.
17Iri ni ryo bwirizwa ryanje: Nimukundane.