1Ukwizera ni ukudakekeranya ko ivyo wizigiye bizoba; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso.
2Ukwizera ni kwo kwatumye abantu ba kera bashingirwa intahe.
20Ukwizera ni kwo kwatumye Isaka ahezagira Yakobo na Esawu ku bijanye na kazoza.
18 resultados encontrados
1Ukwizera ni ukudakekeranya ko ivyo wizigiye bizoba; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso.
2Ukwizera ni kwo kwatumye abantu ba kera bashingirwa intahe.
20Ukwizera ni kwo kwatumye Isaka ahezagira Yakobo na Esawu ku bijanye na kazoza.
9Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.
11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.
14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!
1Nzoduga ku munara wanje,mpagarare ku kirindiro canje.Nzorindira ico ambwira,menye n’ico ndamwishura kuri aya maganya.
4"Raba umwansi yishize hejuru;ivyipfuzo vyiwe ntibiroranye.Ariko umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera kwiwe."
16Uzotwikirwa n’isoni mu gishingo c’icubahiro.Ubu ni wewe uramukiwe!Nunywe nawe, ubwambure bwawe bugaragare.Igikombe co mu kuboko kw’i buryo kw’Uhoraho kirabashikiriye,kandi ubumaramare ni bwo buzosubirira ubwiza bwanyu.
1Umutima wanje unshongeyemwo,imisi yanje irashize.Imva yiteze kunyakira.
15none ivyizigiro vyanje biri hehe?Mbega hari uwobona na kimwe?
16Ivyizigiro vyanje bizomanuka mu marembo y’i kuzimu.Nzojana na vyo mw’ivu."
4Umuntu wese akiri muzima afise ivyizigiro, kandi imbwa nzima iruta intambwe ipfuye!
9Nezererwa ubuzima hamwe n’umugore wawe ukunda, imisi yose y’ubu buzima butoya Imana yaguhaye musi y’izuba. Kuko ivyo ari vyo mugabane wawe mu buzima no mu butame bwawe musi y’izuba.
13Kandi nabonye musi y’izuba akandi karorero k’ubwenge kantangaje:
15ubwoko bwose bw’ibikona,
18ikinyamwanira, inkongori, ikiryamivyimba,
19agasoza, ubwoko bwose bw’inyange, samunsure, n’agahungarema.
10Ni yo yadukijije ayo makuba yari kutwica, kandi ni yo izokwama idutabara. Muri yo ni ho twashize ivyizigiro vyacu kandi twizera ko izokwama idutabara.
20Kuko amasezerano Imana yatanze yose ni "Egome" muri Kristo Yesu. Kandi muri we ijambo "Amen" tuvuga risigura ngo "Egome" riraduga rigahesha Imana icubahiro.
22idushirako ikimenyetso c’uko turi abayo, ishira Mpwemu wayo mu mitima yacu nk’ingwati yemeza ko tuzoronka ivyo yadusezeraniye vyose.
21Ariko ibi ni vyo nibukabikantera ivyizigiro:
26ni vyiza kwitega ducerejeagakiza k’Uhoraho.
35kwima abantu uburenganzira bwaboimbere y’Iyisumbavyose,
11Mbega inkomezi mfise ni izihe, zotuma nkomeza kugira ivyizigiro?Ni igiki cotuma nkomeza kwihangana?
14Umuntu wese atagirira ubugwaneza mugenziwe,aba yerekanye ukutubaha Iyishoboravyose.
25Amajambo y’ukuri burya arababaza!Ariko ibihari vyanyu bishika ku ki?
6Abakiri bato na bo ubahimirize kuganza ingeso zabo.
11Ubuntu bw’Imana buzana agakiza bwarahishuwe ku bantu bose.
13turindiriye ivyizigiro vy’amahirwe, aho ubwiza bw’Imana yacu ihambaye n’Umukiza, ari we Yesu Kristo, buzohishurirwa.
20Icubahiro kibe ic’Imana Data wa twese ibihe vyose, Amen.
21Mundamukirize abera bose muri Kristo Yesu.Bene Data turi kumwe barabatasha.
23Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane n’impwemu yanyu. Amen.
6Dufise ingabire zitandukanye, bivanye n’ubuntu Imana yatugiriye. Nimba ufise ingabire yo kuvugishwa n’Imana, ubikore ukurikije ukwizera wahawe.
9Urukundo rwanyu ntirube urw’agahemo. Mwanke ibibi, mufatane n’ivyiza.
12Ivyizigiro vyanyu bitume mugumana umunezero. Mwihanganire imibabaro kandi mushishikare gusenga.
8Guha icubahiro igipfuni nko kubohera ibuye ku mugozi
12Igipfu gifise amahirwekurusha uwibaza ko ari umunyabwenge kandi atari we.
19ameze nk’uwurasa ibishiriracanke imyampi yica mu bantu.
7Meshulamu, Abiya, Miyamini,
16Adoniya, Bigivayi, Adini,
23Hoseya, Hananiya, Hashubi,
8Mwene Etani yari:Azariya.
39Azariya mwene Helezi,Helezi se wa Eleyasa
43Bene Heburoni ni:Kora, Tapuwa, Rekemu na Shema.
13Raba! Agenda nk’ibicu,imikogote yiwe igenda nk’agashururu,amafarasi yiwe agenda anyaruka kurusha inkona.Turagowe! Turahonye!
19Ewe mubabaro wanje, ewe mubabaro wanje!Uburibwe ni bwinshi.Ese ingene umutima wanje usambagirika!Umutima wanje uradihagizwa muri jewe,kandi sinshobora guhora.Kuko numvise ijwi ry’inzamba;numvise akamo k’intambara.
21Mbega nzogeza ryari kubona ibendera y’intambarano kwumva ijwi ry’inzamba?
11Ni yo ishira hejuru ba nyarucari,abari mu kigandaro ikabatabara.
16Abakene baraheza bakagira ivyizigiro,akarenganyo kakazibwa akanwa.
17Hahiriwe uwukosorwa n’Imana!None rero ntukengere gutozwa indero n’Iyishoboravyose.
11Ni kuki ntapfumye mpfa nkivuka,ngacikana nkiva mu nda?
20Ni kuki umuco urasira abari mu marushwa,abafise imitima ituntuye bagahabwa ubuzima?
23Ni kuki ubuzima buhabwa umuntu atabona n’iyo aja,uwo Imana yugarije n’imibabaro?