Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "salvação"

116 resultados encontrados

  1. Colossenses 2

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 2
    Mostrando versículos 11–14 de 23

    11Muri we mwarakebwe ugukebwa kutari ukwo mu buryo bw’umubiri. Ni ugukebwa mwakebwe na Kristo kwo kubambura akamere k’icaha

    13Igihe mwari mugipfuye mwishwe n’ivyaha vyanyu hamwe no kudakebwa kwa kamere kanyu k’icaha, Imana yabahinduye bazima muri Kristo. Yaduhariye ivyaha vyacu vyose,

    14ihindura ubusa icanditswe catwagiriza kandi cadutsindisha; igikuraho, ikibamba ku musaraba.

  2. Provérbios 27

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 27
    Mostrando versículos 5–25 de 27

    5Gukeburirwa ahabonakuruta urukundo rwinyegeje.

    16Kumutesha ni nko kugumya umuyaga,canke kugumya amavuta mu kiganza.

    25Ubwatsi bumaze gutemwa haza ubundi,ubwo ku misozi bukegeranywa,

  3. Apocalipse 22

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 22
    Mostrando versículos 13–21 de 21

    13Ndi Alufa na Omega, uwa Mbere n’uwa Nyuma, Intango n’Iherezo.

    17Mpwemu w’Imana n’umugeni baravuga bati: "Kaze." N’uwumvise aya majambo wese avuge ati: "Kaze." Uwunyotewe wese naze, kandi uwushaka wese naze anywe ku mazi y’ubugingo ku buntu.

    21Ubuntu bw’Umwami Yesu bube kuri bose. Amen.

  4. Isaías 2

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 2
    Mostrando versículos 17–22 de 22

    17Ubwibone bw’abantu buzoshirwa hasi,abishira hejuru bose bacishwe bugufi.Uwo musi Uhoraho wenyene ni we azoba ashizwe hejuru.

    18Ibigirwamana bizokurwaho vyose.

    22Nimureke kwizigira abantu,kuko bameze nk’impwemu zo mu mazuru yabo.Mbega hari ico bobamarira?

  5. Atos 28

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 28
    Mostrando versículos 1–24 de 31

    1Tumaze kurokoka impore tugashika ku musenyi, duca tumenya ko iryo zinga ryitwa Malita.

    12Dushitse i Sirakusi tuhamara imisi itatu.

    24Bamwe bemera ivyo ababariye, abandi banka kuvyizera.

  6. 1 Coríntios 1

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 1
    Mostrando versículos 9–30 de 31

    9Imana yabahamagariye kunywana n’Umwana wayo Yesu Kristo Umwami wacu, ni iyo kwizigirwa, izobikora.

    18Mu bisanzwe ubutumwa bw’umusaraba ni ubujuju ku bariko barahona, ariko kuri twebwe abariko barakizwa, ni ubushobozi bw’Imana.

    30Imana ni yo yabagize umwe na Kristo Yesu, we yatubereye ubwenge buva ku Mana. Ni we kugororoka kwacu, ukwera kwacu kandi ni we ugucungurwa kwacu gukomokako.

  7. 1 Reis 6

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 6
    Mostrando versículos 5–14 de 38

    5Ku mpande zayo na ho bahubatse utwumba tugerekeranye, tuyikikuje yose uhereye Ahera cane.

    11Ijambo ry’Uhoraho riza kuri Salomo,

    14Nuko Salomo yubaka iyo Ngoro arayiheraheza neza.

  8. Jó 36

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 36
    Mostrando versículos 22–32 de 33

    22Imana ishizwe hejuru mu bubasha bwayo.Ni nde yoba umwigisha kuyisumvya?

    26Raba Imana irahambaye, natwe ntidushobora kuyitahura!Imyaka yayo ntigira igitigiri.

    32Ifata umuravyo mu ntoke,ikawutumbereza ku co yawugeneye.

  9. Eclesiastes 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 3–9 de 22

    3igihe co kwica n’igihe co gukiza,igihe co gusambura n’igihe co kwubaka,

    4igihe co kurira n’igihe co gutwenga,igihe co kugandara n’igihe co gutamba,

    9Umukozi yunguka iki mu butame bwiwe?

  10. Filipenses 4

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 4
    Mostrando versículos 13–23 de 23

    13Nshobozwa vyose na Kristo ampa inkomezi.

    20Icubahiro kibe ic’Imana Data wa twese ibihe vyose, Amen.

    23Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo bubane n’impwemu yanyu. Amen.

  11. Esdras 10

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 10
    Mostrando versículos 32–40 de 44

    32Benyamini, Maluki na Shemariya.

    37Mataniya, Matenayi na Yayasu.

    40Makinadebayi, Shashayi, Sharayi,

  12. Salmos 121

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 121
    Mostrando versículos 2–8 de 8

    2Ugutabarwa kwanje kuva k’Uhoraho,Umuremyi w’ijuru n’isi.

    7Uhoraho azokurinda ikibi cose;azozigama ubugingo bwawe;

    8Uhoraho azokuzigama amaja n’amazauhereye ubu ukageza ibihe vyose.

  13. Salmos 103

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 103
    Mostrando versículos 4–6 de 22

    4ni we acungura ubugingo bwawe ngo ntibuje muri rwa rwoboakakwambika urukundo n’imbabazi nk’igitsibo,

    5ni we aguhaza ivyizakugira ngo ubusore bwawe bwiyubure nk’ubw’inkona.

    6Uhoraho agirira ivyo kugororokan’ivy’imanza zibereye abahahazwa bose.

  14. Judas 1

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 1
    Mostrando versículos 2–25 de 25

    2Imbabazi, amahoro n’urukundo bibe muri mwebwe bigwiriye.

    21Mwizigamire mu rukundo rw’Imana mu kurindira ko Umwami wacu Yesu Kristo, mu mbabazi ziwe, abaha ubugingo budashira.

    25Ni yo Mana yonyene n’Umukiza wacu. Icubahiro, ubukuru, inkomezi n’ububasha bibe ivyayo, biciye muri Yesu Kristo Umwami wacu, uhereye kera hose, ubu no gushitsa ibihe bidashira! Amen.

  15. Romanos 8

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 8
    Mostrando versículos 21–34 de 39

    21ko na vyo nyene bizobohorwa bikava mu buja bwo kubora, bigahabwa ku bwiza n’umwidegemvyo vy’abana b’Imana.

    31Mbega none tuvuge iki? Nimba Imana iri mu ruhande rwacu, ni nde yodutsinda?

    34None ni nde azobatsindisha? Nta n’umwe, kuko Kristo Yesu yadupfiriye, ikigeretseko yarazutse ku bwacu, ubu yicaye mu kibanza c’iteka i buryo bw’Imana kandi aradusengera.

  16. João 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 23–39 de 47

    23kugira ngo bose bubahe Umwana nk’uko bubaha Se. Uwutubaha Umwana, ntiyubaha na Se yamutumye.

    29hanyuma bazuke. Abakoze ivyiza, bazozukira ubugingo, abakoze ibibi na bo bazukire gutsindwa n’urubanza.

    39Mwiga Ivyanditswe n’umwete mwinshi kuko mwibaza ko bishobora kubaha ubugingo budashira. Ivyo Vyanditswe nyene ni vyo binshingira intahe,

  17. Cânticos 1

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 1
    Mostrando versículos 1–16 de 17

    1Indirimbo iruta izindi ya Salomo.Umugeni

    4Nkwega ukuboko, twiruke!Umwami nantware mu cumba ciwe.Abakobwa b’i YerusalemuTurakunezererwa kandi uraduhimbara; mwami.Tuzohimbaza urukundo rwawe kuruta umuvinyu.UmugeniNi vyo birababereye ko bagukunda!

    16Ese ukuntu uri mwiza, mukunzi wanje!Ese ukuntu unezera!Kandi uburiri bwacu busa n’umurima utotahaye.Umukwe

  18. Gênesis 10

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 10
    Mostrando versículos 17–28 de 32

    17Abahiwi, Abaruki, Abasini

    27Hadoramu, Uzali, Dikula,

    28Obali, Abimayeli, Sheba,

  19. 1 Coríntios 15

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 15
    Mostrando versículos 4–53 de 58

    4ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe Vyera bibivuga,

    26Umwansi azosangangurwa ubwa nyuma ni rupfu.

    53Uyu mubiri wacu ubora uzoca wambara ukutabora, kandi uwu mubiri wacu upfa uzoca wambara ukudapfa.

  20. Jeremias 15

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 15
    Mostrando versículos 12–21 de 21

    12Mbega umuntu yovuna icuma,icuma kivuye mu buraruko, canke umwakaka?

    18Ni kuki umubabaro wanje udashiran’igikomere canje ntigikire?Mbega umbereye nk’umugezi utari wo,nk’isoko umuntu atokwizigira?

    21"Nzogukiza ndagukure mu maboko y’abanyakibindagucungure abantu babi b’ibirara."

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo