Publicidade

1 Pedro 3

10 Kuko:

"Umuntu wese ashaka ubugingo

no kubona imisi myiza,

narinde ururimi rwiwe kuvuga ikibi,

n’iminwa yiwe kuvuga ibinyoma.

11 Yitandukanye n’ikibi akore ivyiza,

arondere amahoro kandi ayakurikirane.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-