3Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.
5Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.
7Ese Imana yoduha umugisha,kugira ngo abo ku mpera z’isi bose baze bayubahe.
116 resultados encontrados
3Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.
5Amoko naguhimbaze, ewe Mana;amoko yose naguhimbaze.
7Ese Imana yoduha umugisha,kugira ngo abo ku mpera z’isi bose baze bayubahe.
14Ivyagezwe ubwavyo ni ivy’impwemu, ariko jewe ndi umuntu w’umunyantegenke ajakariye icaha.
22Ndakunda ivyagezwe vy’Imana n’umutima wanje wose.
24Ewe jewe ndagowe! Ni nde azombohora uwu mubiri unjana mu rupfu?
2sinkekeranya ko mwumvise ivy’igikorwa Imana yanjeje muri mwebwe co kubashikiriza ubuntu bwayo,
18mugire ubushobozi bubafasha gutahurira hamwe n’abandi bera b’Imana bose: ubwaguke, uburebure, uburebure bw’igihagararo n’ubw’amaja epfo bw’urukundo rwa Kristo,
21icubahiro kibe icayo mw’ishengero no muri Kristo Yesu, uko urunganwe ruzogenda rukurikira urundi, uhereye ibihe vyose, ukugeza ibihe bidashira! Amen.
5Uwo muntu aca abahanga amaso cane yiteze ko hari ico bagira bamuhe.
16Ni kubwo kwizera izina rya Yesu, uwu muntu mubona kandi muzi yakize. Ni kubwo kwizera Yesu n’izina ryiwe vyamukijije neza nk’uko namwe mwese muvyibonera.
23Uwutazomwumvira aze arandurwe mu bwoko bwiwe.’3:23 Gusubiramwo 18:15,18,19
19Aya ni yo mazina yabo:Kalebu mwene Yefune,wo mu muryango wa Yuda;
23Haniyeli mwene Efodi,umukuru wo mu muryango wa Manase mwene Yosefu;
24Kemuweli mwene Shifutani,umukuru wo mu muryango wa Efurayimu mwene Yosefu;
9Ni jewe rembo; umuntu wese yinjiye aciye muri jewe azokizwa. Azokwinjira, asohoke kandi aronke ikimutunga.
11Jewe ndi umwungere mwiza. Umwungere mwiza yitangira intama ziwe.
35Murazi ko ata gishobora guhindura Ivyanditswe. None nimba ababwiwe iryo jambo biswe ‘imana,’
1Yemwe abari kw’isi yose, nimuvugirize Imana impundu!
5Nimuze murabe ivyo Imana yakoze,ibihambaye yakoreye abana b’abantu!
10Kuko wewe, Mana, wadusuzumye;waducishije mu ruganda nk’ifeza.
22Ukwizera Yesu Kristo ni kwo kwonyene gutuma twemerwa n’Imana ko tugororotse imbere yayo. Kandi ivyo Imana ibikorera uwizera Yesu Kristo wese, ata we ikumiriye.
28Ng’ibi rero ivyo tuvuga: umuntu yemerwa nk’umugororotsi imbere y’Imana biciye mu kwizera gusa, ntibiva ku kwubahiriza ivyagezwe.
31None dushimikiye cane ku kwizera, tuba dushaka kwirengagiza ivyagezwe? Haba na mba! Ahubwo iyo twizeye tuba twemeje yuko ivyagezwe bivuga ukuri.
32Uwo Yesu Imana yaramuzuye mu bapfuye, twese turi ivyabona vyo kubishingira intahe.
35kugeza abansi bawe bosendabashize musi y’ibirenge vyawe.’2:35 Zaburi 110:1
44Abizera bose baba hamwe kandi bagasangira ivyabo vyose.
4Ni ukuri bagira inama yo kuntembagaza ngo bankureku ntebe yanje iri hejuru,bahimbarwa n’ibinyoma.Bahezagirisha akanwa kabo,ariko mu mitima yabo bakavuma.
5Ego cane, mutima wanje, ruhukira mu Mana;ivyizigiro vyanje biva kuri yo.
12kandi urukundo rudashira, ewe Mana, ruri kumwe nawe;kandi, ugerera umuntu weseibikwiranye n’ivyo yakoze.
14Abarongorwa na Mpwemu w’Imana bose ni bo bana b’Imana;
20Kuko ivyaremwe vyose vyisanze musi y’umuvumo w’Imana, naho bitabihisemwo. Ariko bifise ivyizigiro
23Ariko si vyo vyonyene biniha; natwe abizera, naho dufise Mpwemu Yera muri twebwe nk’ivyeze ubwa mbere vy’ubwiza tuzohabwa, turaniha mu mitima yacu kuko turindiranye igishika kugirwa abana b’Imana bwegu, ari kwo gucungurwa kw’imibiri yacu.
16Bancokoye nk’abatubaha Imana,bampekenyera amenyo.
17Uzogeza ryari, ewe Mana, kubiraba ntugire ico ukora?Ntabara unkize ibibi bakora,ukure ubugingo bwanje bw’igiciro mu menyo y’izo ntambwe!
23Ikangure uve hasi ungwanire!Mburanira, ewe Mana yanje kandi Mwami wanje.
1Nutwumve, Mwungere wa Isirayeli,wewe urongora aba Yosefu nk’umukuku.Wewe uvyagiye hagati y’abakerubi,kayangana
2imbere ya Efurayimu, Benyamini na Manase.Vyuka mu nkomezi zawe;nuze udukize.
14Garuka aho turi, Mana Mushoboravyose!Urunguruke uri mw’ijuru urabe!Garuka witwararike uwo muzabibu wawe,
6nibutse indirimbo zanje mw’ijoro.Umutima wanje urarimbura n’impwemu yanje ikibaza iti:
13Inzira zawe, Mana zirera.Ni iyihe mana imeze nk’Imana yacu?
14Uri Imana ikora ibitangaza;werekana ubushobozi bwawe mu mahanga.
14ari aho aba yitegerezaabari kw’isi bose;
15Uwaremye imitima yabo bose,yitegereza ivyo bakora vyose.
19ngo rubakize urupfurubazigame bagume ari bazima mu gihe c’ikigoyi.
1Yashinze igisagara ciwe ku musozi wera.
3Hari ivyiza vyavuzwe kuri wewe,ewe gisagara c’Imana:
7Uko bazocuraranga bazoririmba bati:"Amasoko yanje yose ari muri wewe."