Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "fé"

87 resultados encontrados

  1. Deuteronômio 14

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 14
    Mostrando versículo 25 de 29

    25muzokabe ibigiracumi vyanyu n’ifeza, muzijane mu kibanza Uhoraho Imana yanyu azoba yaratoranije.

  2. Hebreus 13

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 13
    Mostrando versículos 1–21 de 25

    1Tubandanye gukundana nk’abavukana.

    18Mudusengere. Imitima yacu nta kibi itwagiriza kandi dushaka gukora vyose mu buryo bwiza.

    21abe ari yo ibaha ivyiza mukeneye vyose kugira ngo mukore ivyo ishaka. Ishitse muri twebwe, biciye mu bushobozi bwa Yesu Kristo, ibiyihimbara vyose. Icubahiro cose kibe icayo ibihe vyose. Amen.

  3. Êxodo 16

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 16
    Mostrando versículos 2–36 de 36

    2Muri ubwo bugaragwa, bidodombera Mose na Aroni.

    28Maze Uhoraho abarira Mose ati: "Mbega abo bantu bazogeza ryari kutumvira amabwirizwa yanje n’ivyo ndabihanikiriza?

    36Ingero bakoresha mu kugera manu yitwa omeru, yari ic’icumi c’ingero yitwa efa.

  4. 2 Timóteo 4

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 4
    Mostrando versículo 12 de 22

    12Tukiko namurungitse muri Efeso.

  5. Gálatas 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 24–26 de 29

    24Ni ukuvuga ko, ivyagezwe vyari nk’umurezi aturera gushika Kristo aje kugira ngo twemerwe n’Imana nk’abagororotsi tubihawe no kwizera.

    25None rero ko ukwizera kwabonetse, ntitukirezwe n’ivyagezwe.

    26Mwese muri abana b’Imana kubera kwizera Kristo Yesu,

  6. Ezequiel 45

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 45
    Mostrando versículos 10–13 de 25

    10Mukoreshe iminzane itunganye n’ingero efa45:10 Ingero efa 1 yapima ivyumye biseseka; yari nk’amalitiro 22. na batu45:10 Ingero batu 1 yapima ibiseseka nk’amazi; yari nk’amalitiro 22. zitunganye.

    11Ingero yitwa homeru izobe ari yo ngero mufatirako mu gupima. Ingero efa na batu zizobe zingana. Efa ibe ic’icumi c’ingero homeru, na batu nyene ibe ic’icumi ca homeru.

    13Iri ni ryo shikanwa muzoshikana: ku ngero homeru imwe y’ingano, muzokureko ica gatandatu c’ingero efa45:13 Ni nk’ibilo 2,7. imwe, no kuri homeru imwe ya sayiri na ho nyene muzokureko ica gatandatu ca efa45:13 Ni nk’ibilo 2,3. imwe.

  7. Salmos 119

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 119
    Mostrando versículo 72 de 176

    72Ivyagezwe vyo mu kanwa kawe bindutiraibihumbi vy’ifeza n’inzahabu.Yodi

  8. 1 Crônicas 7

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 7
    Mostrando versículo 15 de 40

    15Makiri aronderera umugore Hupimu na Shupimu. Mushikiwe yitwa Mayaka. Uwundi akomoka kuri we ni Zelofehadi, yavyaye abakobwa gusa.

  9. Números 28

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 28
    Mostrando versículos 5–29 de 31

    5hamwe n’ishikanwa ry’ifu ringana n’ic’icumi c’ingero efa28:5 Ni nk’ikilo 1,9. y’ifu inoze neza n’ica kane c’ingero hini28:5 Ni nk’ilitiro 1. y’amavuta ya elayo.

    13kandi umwagazi w’intama wose, uze ujane n’ica cumi c’ingero efa y’ifu inoze neza ikaranzwe mu mavuta. Ico ni co kimazi co guturirwa, ubumote bwiza bushikaniwe Uhoraho.

    29umwagazi wose muri iyo myagazi indwi, uzoherekezwa n’ica cumi c’ingero efa.

  10. 1 Coríntios 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículo 12 de 23

    12Uwurwubakako wese ashobora gukoresha ibikoresho bitandukanye: inzahabu, ifeza, amabuye y’agaciro kanini, ibiti, ibishakashaka canke ivyatsi.

  11. 1 Pedro 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 9–14 de 14

    9Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.

    11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.

    14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!

  12. Números 18

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 18
    Mostrando versículo 16 de 32

    16Mu gihe bimaze ukwezi, muze mubicungure murihe ikiguzi co kubicungura kingana na shekeli zitanu18:16 Ni nk’amagarama 58 z’ifeza, zipimwe hakoreshejwe ingero shekeli y’Ahera, ipima gera mirongo ibiri.

  13. João 16

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 16
    Mostrando versículos 9–31 de 33

    9Ivy’icaha kuko banse kunyizera.

    26Muri ico gihe muzosaba mw’izina ryanje. Simvuze ko nzobavugira kuri Data.

    31Yesu arabishura ati: "Ubu rero murizeye?

  14. Hebreus 11

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 11
    Mostrando versículo 21 de 40

    21Ukwizera ni kwo kwatumye Yakobo, igihe yari ashaje cane kandi agira apfe, ahezagira abahungu ba Yosefu, maze akunama agasenga Imana yishimikije inkoni yitwaza.

  15. 1 Crônicas 1

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 1
    Mostrando versículo 4 de 54

    4Abahungu ba Nowa ni: Shemu, Hamu na Yafeti.

  16. Jeremias 25

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 25
    Mostrando versículos 19–25 de 38

    19Farawo umwami w’i Egiputa, abasavyi biwe, abaganwa biwe n’abantu biwe bose;

    21muri Edomu, i Mowabu n’i Amoni;

    25abami bose b’i Zimuri, i Elamu n’i Mediya;

  17. 1 Tessalonicenses 4

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 4
    Mostrando versículos 1–18 de 18

    1Bene Data, twarababwiye uko mukwiye kwigenza kugira ngo munezereze Imana, kanatsinda ni ko mubayeho. Ubu naho turabasaba tubinginga mw’izina ry’Umwami Yesu ngo murushirize.

    5mudatwarwa n’ivyipfuzo vy’umubiri nk’abapagani batazi Imana.

    18Nuko muremeshanye n’ayo majambo.

  18. Gálatas 2

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 2
    Mostrando versículos 16–20 de 21

    16Ariko ico tuzi ni uko umuntu atemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera ibikorwa vy’ivyagezwe, ahubwo abihabwa no kwizera Kristo Yesu. Natwe nyene twizeye Kristo gutyo turonka kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi kubera kumwizera, atari kubera gukurikiza ivyagezwe, kuko ata muntu n’umwe azokwemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera gukurikiza ivyagezwe.

    19Kuko ngerageje gukurikiza ivyagezwe, birantsindisha. None rero, ku bijanye n’ivyagezwe, narapfuye, kugira ngo mbeho nkorera Imana. Nabambanywe na Kristo,

    20si jewe nkiriho; ariko ni Kristo ariho muri jewe. Nkiri muri uwu mubiri, mbayeho mu kwizera Umwana w’Imana yankunze akitanga ku bwanje.

  19. Romanos 9

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 9
    Mostrando versículos 2–32 de 33

    2umutima wanje wuzuye intuntu n’umubabaro udahera

    14None ivyo bivuga ko Imana irenganya? Haba na mba!

    32Ni kuki bitashoboka? Kuko baguma barondera kwemerwa n’Imana mu kugerageza kwumvira ivyagezwe aho kwizera Imana. Uko ni ko batsitaye kuri rya buye ritsitaza,

  20. Salmos 139

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 139
    Mostrando versículos 6–17 de 24

    6Ukumenya bene uko ni igitangaza kuri jewe,gushika kure aho ntoshika.

    7Mbega Mpwemu wawe nomuhungira hehe?Noja he ngo mpunge mu nyonga hawe?

    17Ese ukungene ivyiyumviro vyawe ari ivy’igiciro, ewe Mana!Ese ukungene ari vyinshi!

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo