9Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.
11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.
14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!
10 resultados encontrados
9Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.
11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.
14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!
10Izina ry’Uhoraho ni umunara ukomeye;abagororotsi barihungiramwo bakaba amahoro.
13Gushoka wishura utabanje kwumvirizani ubupfu, biramaramaza.
18Ubupfindo bumara impari,bugatatura ibihangange bihanganye.
10Yesu aca ahamagara isinzi ry’abantu bari ngaho, arababwira ati: "Nimwumvirize kandi mutahure:
28Yesu aca amubwira ati: "Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe." Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira.
35Aca abwira abantu ngo bicare hasi.
6Ariko, mugende mu ntama zazimiye za Isirayeli.
34Ntimwiyumvire ko naje ngo nzane amahoro kw’isi! Haba na mba! Sinazanye amahoro, ahubwo nazanye intambara;
36Abansi b’umuntu bazoba abo mu rugo iwe.’ 10:36 Mika 7:6
1Mbega none akamaro ko kwitwa Umuyuda ni akahe? Canke agaciro ko gukebwa ni akahe?
16aho baciye bahasiga imisaka n’ubworo,
17kandi ntibigeze bamenya inzira z’amahoro.3:17 Yesaya 59:7,8
17Mpwemu w’Imana n’umugeni baravuga bati: "Kaze." N’uwumvise aya majambo wese avuge ati: "Kaze." Uwunyotewe wese naze, kandi uwushaka wese naze anywe ku mazi y’ubugingo ku buntu.
20Uwushingira intahe ibi aravuga ati: "Egome, ndaza vuba."Amen. Kaze, Mwami Yesu.
21Ubuntu bw’Umwami Yesu bube kuri bose. Amen.
26ni vyiza kwitega ducerejeagakiza k’Uhoraho.
34Gufyonyorera musi y’ibirengeimbohe zose zo mu gihugu,
35kwima abantu uburenganzira bwaboimbere y’Iyisumbavyose,
1Tubandanye gukundana nk’abavukana.
20Imana y’amahoro, yazuye Umwami wacu Yesu Kristo mu bapfuye, we mwungere mukuru w’intama yashizeho isezerano ridashira biciye mu maraso yiwe,
21abe ari yo ibaha ivyiza mukeneye vyose kugira ngo mukore ivyo ishaka. Ishitse muri twebwe, biciye mu bushobozi bwa Yesu Kristo, ibiyihimbara vyose. Icubahiro cose kibe icayo ibihe vyose. Amen.
4Ifise ubwenge bwinshi kandi ni Inyenkomezi.Ni nde yayigararije akayiva imbere amahoro?
19Tuvuze ivy’inkomezi, ni yo ishobora vyose!Mu vy’ubutungane, ni nde yoyirengutsa?
24Isi yose iri mu biganza vy’abanyakibi,Imana na yo igahuma amaso y’abacamanza.Nimba atari yo ibigira none ni nde?
21Remeti, Eni-Ganimu, Eni-Hada, na Beti-Pazezi.