21 Bakundwa, iyo imitima yacu itaducira urubanza, turashobora kwegera Imana tudatinya. 22 Kandi ico tuyisavye cose irakiduha, kuko twitondera amabwirizwa yayo, tugakora ibiyihimbara.