2 Mumere nk’abana bato b’inzoya, mwipfuze kandi murondere kunywa amata y’impwemu atavanze, kugira ngo abakuze mu gakiza, 3 nimba vy’ukuri mumaze kwumviriza mukamenya ukugira neza kw’Umwami wacu.