14 Ariko naho mwobabazwa muhorwa gukora ivyiza, Imana izobibahezagirira. "Ntimugatinye abantu kandi ntimugahagarike imitima yanyu."3:14 Yesaya 8:12
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.