Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Pedro 2

Abigisha b’ibinyoma n’uguhona kwabo

1 Ariko harabayeho kandi n’abavugishwa b’ibinyoma badutse mu bantu, nk’uko no muri mwebwe hazokwaduka abigisha b’ibinyoma. Bazozana mu mpisho inyigisho z’ibinyoma zisambura, zihakana na Shebuja yabacunguye, abo bikwegere uguhona kwihuse.

Veja também

2 Pedro
Ver todos os capítulos de 2 Pedro