Pular para o conteúdo
Publicidade

Galatiya 6

Ico ubiba ni co wimbura

1 Bene Data, nihagira uwufatwa ariko akora icaha, mwebwe muhagaze neza muri Mpwemu, mwategerezwa kumufasha gusubira mu nzira nziza mu bugwaneza. Ariko namwe nyene mwirinde cane kugira ngo ntumugeragezwe nka we. 2 Mwikoreranire imitwaro, ni ho muzoba mushikije icagezwe ca Kristo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também