8 Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: "Ijambo riri hafi yawe; mbere riri mu kanwa kawe no mu mutima wawe."10:8 Gusubiramwo 30:14 Iryo jambo ni bwo Butumwa bwo kwizera tuvuga. 9 Niwaturisha akanwa kawe ko Yesu ari Umwami, ukizera mu mutima wawe ko Imana yamuzuye mu bapfuye, uzokizwa.
Publicidade