Pular para o conteúdo
Publicidade

Roma 5:20,21

20 Ivyagezwe vyatanzwe kugira ngo ibicumuro bigwire. Ariko uko abantu barushirije gukora ivyaha, ni ko n’ubuntu bw’Imana butangaje bwarushirije kugwira. 21 Rero, nk’uko icaha caganje abantu bose kikabashikana ku rupfu, ni ko n’ubuntu bw’Imana butangaje bwashitse ku bantu bose bukabaha kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi, maze bigatuma bagira ubugingo budashira bubonerwa muri Yesu Kristo Umwami wacu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.