Kwumva ijambo no kurishira mu ngiro
19 Bene Data bakundwa, mumenye iki: umuntu wese yihute kwumva, yitonde mu kuvuga, atebe kuraka, 20 kuko ukuraka kw’umuntu kutamushikana ku bugororotsi Imana ishaka.