Pular para o conteúdo
Publicidade

Dia dos pais

Por Bíblia Online

O Dia dos Pais celebra o amor e o sacrifício paterno. A Bíblia honra os pais como provedores, protetores e guias espirituais que moldam as próximas gerações.

O pai que educa

Instrui a criança no caminho em que deve andar. O pai justo educa com amor, firmeza e o exemplo de uma vida íntegra.

Umenyereze umwana guca mu nzira ibereye,

niyakura ntazoyivamwo.

Uwurinda umwana wiwe inkoni aba amwanka,

ariko uwumukunda amuhana uko bikwiye.

Uwubaha Imana agendera mu bwizigirwa;

hahiriwe abana bazomukomokako.

Se w’intungane agira umunezero mwinshi,

kandi uwufise umwana w’umunyabwenge aramuhimbarirwa.

Uwubaha wese afise ubwihisho bukomeye kUhoraho,

kandi uruvyaro rwiwe Uhoraho azorubera ubuhungiro.

Honra e alegria

Honra a teu pai e tua mãe. Os filhos são herança do Senhor, e a família que serve a Deus junta é inabalável.

Wubahe so na nyoko kugira ngo uzorambire mu gihugu Uhoraho Imana yawe iguhaye.

Abana ni umugabane uva kUhoraho,

uruvyaro ni impera atanga.

Nk’uko imyampi imera mu kuboko kw’umuhizi

ni ko n’abana bo mu buto bamera.

Hahiriwe umuntu

yujuje umutana wiwe imyampi nk’iyo.

Ntibazomaramara

nibahangana n’abababuranya mu bucamanza.

Ariko nimba mudashaka gukorera Uhoraho, nimwitorere uwu musi iyindi mana mukorera, zaba imana ba sogokuruza bakorera hakurya y’uruzi Efurate, zaba imana z’Abamori, abo mubereye mu gihugu. Ariko twe n’abo mu nzu yanje, tuzokorera Uhoraho."

Mube maso, mushikame mu kwizera, mube abagabo, mugire umwete, mugire umutima rugabo.

Nuko afata akayira aja kwa se.

Akiri kure, se aramubona, afatwa n’ibigumbagumba, ariruka aja kumusanganira, aramugumbira, aramusomagura.

Wa muhungu abarira se ati: Data, naracumuye ku Mana yo mw’ijuru, ncumura no kuri wewe. Sinkibereye kwitwa umwana wawe.

Ariko se aca abarira abakozi biwe ati: Nimwihute muzane ikanzu nziza iruta izindi muyimwambike, mumwambike n’impeta ku rutoke, n’ibirato ku birenge. Hanyuma muzane n’impfizi ivyibushe muyibage, turye, tunezerwe,

Seja o primeiro