Filho do homem
Filho do Homem é o título que Jesus mais usou para si mesmo. Ele conecta sua humanidade plena com a visão profética de Daniel sobre o Messias glorioso que receberá domínio eterno.
A profecia de Daniel
Daniel viu alguém como o Filho do Homem vindo com as nuvens do céu. Foi-lhe dado domínio, glória e reino eterno.
Muri uko kwerekwa mw’ijoro, nkomeza kuraba ivyo ndiko nderekwa, ngize gutya mbona uwusa n’Umwana w’Umuntu aje azananye n’ibicu vyo kw’ijuru. Yegera wa mukurambere, ashikanwa imbere yiwe. Aca ahabwa ububasha, ubwiza n’ubushobozi bwo kuganza; amahanga yose yo kw’isi, n’abavuga indimi zitandukanye baramutazira. Ukuganza kwiwe kuzohoraho ibihe bidashira kandi ingoma yiwe ntizokwigera ikurwaho.
kandi hagati muri vyo hari hahagaze uwusa n’Umwana w’Umuntu, yambaye ikanzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza.
Ivyimburwa vyo kw’isi
Hanyuma nca mbona igicu cera, kandi kuri co hari hicaye uwusa n’Umwana w’Umuntu. Yari yambaye urugori rw’inzahabu ku mutwe, afise n’umuhoro ukarishe mu minwe.
Aca avuga ati: "Ehe mbonye ijuru ryugurutse, mbona n’Umwana w’Umuntu ahagaze i buryo bw’Imana."
Jesus, o Filho do Homem
O Filho do Homem veio buscar e salvar o que se havia perdido. Ele tem autoridade para perdoar pecados e julgar.
Kuko Umwana w’Umuntu yazanywe no gukiza abazimiye.]
Arabishura ati: "Uwabivye imbuto nziza ni Umwana w’Umuntu.
Kuko nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi, ni ko n’Umwana w’Umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’isi.
Yesu avuga ubugira kabiri ivy’urupfu rwiwe
Umusi umwe, bakoraniye i Galilaya, Yesu abwira abigishwa biwe ati: "Umwana w’Umuntu agiye gutabwa mu maboko y’abantu.
Ni co gituma namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.
Umugani w’impene n’intama
Aho Umwana w’Umuntu azozira, ari mu bwiza bwiwe, ari kumwe n’abamarayika biwe, azokwicara ku ntebe yiwe y’inganji.
kuko yashaka kugumana n’abigishwa biwe ngo abigishe. Arababwira ati: "Umwana w’Umuntu agiye gutabwa mu maboko y’abantu. Bazomwica ariko ku musi ugira gatatu, azozuka."
Kuko n’Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no gukorerwa, ahubwo yazanywe no gukorera abandi no gutanga ubuzima bwiwe ngo bube incungu ya benshi."
Ariko nshaka ko mumenya ko Umwana w’Umuntu afise ububasha kw’isi bwo guharira ivyaha." Aca ategeka wa muntu akongataye ati: "Haguruka, ikorere inderuzo yawe witahire."
Yesu aramwishura ati: "Imbwebwe zirafise imyobo zibamwo n’inyoni zo mu kirere zirafise ivyari, ariko Umwana w’Umuntu ntagira n’aho akika umusaya."
Kuko nk’uko umuravyo uravya ukaboneshereza ijuru ryose, ni ko bizomera umusi Umwana w’Umuntu azoba aje.
Glória e autoridade
Quando o Filho do Homem for levantado, atrairá todos a si. Ele é plenamente humano e plenamente divino.
Nuko Yesu arababwira ati: "Nimwamara kumanika Umwana w’Umuntu ku musaraba ni ho muzomenya ko ndi uwo ndiko ndababwira, kandi ko ata co nkora nigeneye, ahubwo ko mvuga ivyo Data yanyigishije.
Yongerako ati: "Ndababwire ukuri, muzobona ijuru ryuguruye, abamarayika b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’Umuntu."
Ahubwo, mu Vyanditswe hari uwashinze intahe ati:
"Mbega umuntu ni iki kugira ngo umwibuke,
umwana w’umuntu kugira ngo umwiteho?