Pular para o conteúdo
Publicidade

Luz do mundo

Por Bíblia Online

Jesus declarou: 'Eu sou a luz do mundo.' A luz é metáfora central da Bíblia — Deus é luz, Cristo é luz, e os cristãos são chamados a brilhar como filhos da luz neste mundo.

Jesus, a luz do mundo

Jesus disse: quem me segue não andará em trevas, mas terá a luz da vida. Ele é a verdadeira luz que ilumina todo homem.

Yesu ni umuco w’isi

Nuko Yesu abandanya yigisha ba bantu, ababwira ati: "Jewe ndi umuco w’isi. Uwunkurikira ntazogendera mu mwijima, ahubwo azoronka umuco w’ubugingo."

Yesu ni umuco w’isi

Nuko Yesu abandanya yigisha ba bantu, ababwira ati: "Jewe ndi umuco w’isi. Uwunkurikira ntazogendera mu mwijima, ahubwo azoronka umuco w’ubugingo."

Muri we ni ho hari ubugingo, kandi ubwo bugingo bwari umuco w’abantu. Umuco wakiye mu mwijima, ariko umwijima ntiwashoboye kuwuzimya.

Umuco wakiye mu mwijima, ariko umwijima ntiwashoboye kuwuzimya.

Umuco wakiye mu mwijima, ariko umwijima ntiwashoboye kuwuzimya.

Nkiri mw’isi, ndi umuco w’isi."

Naje nk’umuco uboneshereza iyi si, kugira ngo ntihagire abanyizera baguma mu mwijima.

Iki ni co kibatsindisha: umuco waje mw’isi, ariko abantu bakunda umwijima kuruta umuco, kuko ibikorwa vyabo ari bibi. Umuntu wese akora ibibi yanka umuco, kandi ntiyegera umuco kuko atinya ko ibikorwa vyiwe bibi bija ahabona. Ariko umuntu wese akora ivy’ukuri yegera umuco, kugira ngo bigaragare ko ivyo akora abikorera mu kwubaha Imana."

Deus é luz

Deus é luz e nele não há treva alguma. Se andarmos na luz, temos comunhão uns com os outros e o sangue de Jesus nos purifica.

Imana ni umuco

Ubu ni bwo butumwa twumvanye Yesu Kristo kandi ni na bwo tubabwira: Imana ni umuco, muri yo nta mwijima uhaba na gato.

Imana ni umuco

Ubu ni bwo butumwa twumvanye Yesu Kristo kandi ni na bwo tubabwira: Imana ni umuco, muri yo nta mwijima uhaba na gato. Nimba tuvuga ko dufatanije na yo ariko tukagendera mu mwijima, turi ababeshi kandi ntidukora ivy’ukuri. Ariko nimba tugendera mu muco, nk’uko Imana na yo iri mu muco, aho tuba dufatanije, kandi amaraso ya Yesu, Umwana wayo, atwoza ivyaha vyose.

Ariko nimba tugendera mu muco, nk’uko Imana na yo iri mu muco, aho tuba dufatanije, kandi amaraso ya Yesu, Umwana wayo, atwoza ivyaha vyose.

Ariko nimba tugendera mu muco, nk’uko Imana na yo iri mu muco, aho tuba dufatanije, kandi amaraso ya Yesu, Umwana wayo, atwoza ivyaha vyose.

Ingabire yose nziza kandi itunganye iva ku Mana Data, yaremye umuco wose wo mw’ijuru, kandi muri we ntihigera habaho guhindagurika kurya kw’igitutu.

Ingabire yose nziza kandi itunganye iva ku Mana Data, yaremye umuco wose wo mw’ijuru, kandi muri we ntihigera habaho guhindagurika kurya kw’igitutu.

Vós sois a luz do mundo

Jesus disse aos discípulos: vós sois a luz do mundo. Não se esconde uma cidade edificada sobre um monte. Brilhem a vossa luz!

Muri umuco mu bantu bo mw’isi. Igisagara kiri hejuru ku gasozi, ntigishobora kunyegezwa. Ni ko bimeze no kw’itara, nta woridomeka ngo ace aryubikako igiseke. Ahubwo arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abari mu nzu bose. Uko ni ko mukwiye kureka umuco wanyu ukakira imbere y’abantu kugira ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, hanyuma bahimbaze So wo mw’ijuru.

Muri umuco mu bantu bo mw’isi. Igisagara kiri hejuru ku gasozi, ntigishobora kunyegezwa.

Ni ko bimeze no kw’itara, nta woridomeka ngo ace aryubikako igiseke. Ahubwo arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abari mu nzu bose. Uko ni ko mukwiye kureka umuco wanyu ukakira imbere y’abantu kugira ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, hanyuma bahimbaze So wo mw’ijuru.

abantu bahora bicaye mu mwijima,

babonye umuco mwinshi,

kandi ababa mu gihugu c’igitutu c’urupfu,

umuco warabarasiye."

Ariko mweho muri ubwoko bwatoranijwe, abaherezi b’Umwami, ihanga ryejejwe Imana yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ryayo, yo yabahamagaye ikabakura mu mwijima, ikabazana mu muco wayo utangaje.

Ariko mweho muri ubwoko bwatoranijwe, abaherezi b’Umwami, ihanga ryejejwe Imana yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ryayo, yo yabahamagaye ikabakura mu mwijima, ikabazana mu muco wayo utangaje.

Mwese muri abana b’umuco n’abana b’umurango. Ntituri ab’ijoro, kandi ntituri ab’umwijima.

A luz nas Escrituras

A Palavra de Deus é lâmpada para nossos pés e luz para o caminho. Ela ilumina, revela e nos guia na verdade.

Ijambo ryawe ni itara rimurikira ibirenge vyanje,

ni umuco umurikira mu nzira yanje.

Ijambo ryawe ni itara rimurikira ibirenge vyanje,

ni umuco umurikira mu nzira yanje.

Iyo umuntu amenye ijambo ryawe, abona umuco;

abadaciye ubwenge ribaha ugutahura.

Uhoraho ni we muco wanje n’agakiza kanje;

none notinya nde?

Uhoraho ni igihome kinkingira;

none ni nde yontera ubwoba?

Kuko kuri wewe ari ho hari isoko y’ubugingo;

mu nyonga hawe ni ho tubonera umuco.

Ni wewe, Uhoraho, ugumiza itara ryanje ryaka;

Imana yanje ihindura umwijima wanje ukaba umuco.

Wegurire Uhoraho inzira yawe;

umwizigire na we azobishitsa:

Azotuma ingero yawe yo kugororoka ikayangana nk’umutwenzi,

n’urubanza rwawe nk’izuba ryo mu mashoka.

Kuko wantabaye ukankura mu rupfu

n’ibirenge vyanje ukabirinda gutsitara,

kugira ngo nze ngendere imbere y’Imana

mu muco w’ubugingo.

Tugarukane, ewe Uhoraho Mana Mushoboravyose;

tumurikishirize mu nyonga hawe,

kugira ngo dukire.

Ntibaronse igihugu kubera inkota yabo,

kandi ntibanesheje kubera amaboko yabo;

kwari ukuboko kwawe kw’i buryo, ukuboko kwawe,

n’umuco wo mu nyonga hawe, kuko wabakunze.

Murikishiriza mu nyonga hawe umusavyi wawe;

nkiriza mu rukundo rwawe rudahera.

Luz versus trevas

A luz brilha nas trevas e as trevas não a venceram. Cristãos são chamados a não ter comunhão com as trevas, mas a expô-las.

Umwami w’iyi si yarahumishije ubwenge bw’abatizera, kugira ngo ntibabone umuco w’Ubutumwa Bwiza bw’ubwiza bwa Kristo, we shusho y’Imana. Kuko iyo tuvuga ubutumwa, ntitwivuga twebwe nyene. Ariko twigisha ko Yesu ari Umwami, natwe tukaba abakozi banyu ku bwa Kristo. Imana yavuze iti: "Ahari umwijima nihabe umuco," yatumye umuco wayo ukayangana mu mitima yacu kugira ngo turonke ugutahura ivy’ubwiza bw’Imana bukayanganira kuri Yesu Kristo.

Imana yavuze iti: "Ahari umwijima nihabe umuco," yatumye umuco wayo ukayangana mu mitima yacu kugira ngo turonke ugutahura ivy’ubwiza bw’Imana bukayanganira kuri Yesu Kristo.

Twirinde gusenga ibigirwamana

Ntimukifatanye n’abatizera, kuko ubugororotsi n’ubukozi bw’ikibi nta ho bihurira, kandi umuco n’umwijima nta co bisangiye.

Ndabasengera ngo amaso y’imitima yanyu amurikirwe kugira ngo mumenye ivyizigiro yabahaye igihe yabahamagara, n’ubwiza bwinshi bw’umugabane yateguriye abantu biwe batunganye.

Abantu bahora bagendera mu mwijima

babonye umuco mwinshi.

Ababa mu gihugu c’umwijima w’umuzitanya

bakiwe n’umuco mwinshi.

Icubahiro ca Siyoni

"Haguruka ukayangane, kuko umuco wawe washitse,

kandi n’ubwiza bwUhoraho bukaba buri kuri wewe.

Icubahiro ca Siyoni

"Haguruka ukayangane, kuko umuco wawe washitse,

kandi n’ubwiza bwUhoraho bukaba buri kuri wewe.

Ehe raba, umwijima utwikiriye isi,

umwijima w’umuzitanya utwikiriye amahanga,

ariko Uhoraho ahagurutse ku bwawe,

kandi umuco wiwe uragukayanganiye.

Amahanga azoza akurikirana umuco wawe,

abami bazoza kuraba ugukayangana kwawe.

Nimunyumve yemwe bantu banje,

ntega ugutwi wa hanga ryanje we:

Icagezwe kizova muri jewe,

kandi uguca iziroranye kwanje kuzobera amahanga umuco.

Proclamar a luz

Os cristãos são embaixadores da luz, chamados a proclamar as virtudes daquele que nos chamou das trevas para a sua maravilhosa luz.

Kuko Umwami yari yadutegetse ati:

Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga,

kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi."

Kuko Umwami yari yadutegetse ati:

Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga,

kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi."

Ariko Imana yagumye indinda gushika uwu musi. None mpagaze ngaha nshingira intahe abakuru n’abato. Nta co ndiko ndavuga kirengeye ivyo abavugishwa n’Imana na Mose bavuze ko bizoshika, ko Kristo akwiye kubabazwa, akaba impfura mu kuzuka mu bapfuye, maze akamamaza umuco mu bwoko bwiwe no mu Banyamahanga."

Imana iravuga iti: "Nihabeho umuco," maze umuco ubaho.

"Uhoraho aguhezagire

kandi akuzigame;

Uhoraho akumurikishirize mu nyonga hiwe

kandi akugirire ubuntu;

Uhoraho aguhindukirize inyonga ziwe

kandi aguhe amahoro." 

Ni yo ihishura ibihishijwe,

ikamenya ibiri mu mwijima

kandi umuco ubana na yo.

Muri ico gisagara nta zuba canke ukwezi bikenewe vyo kuhamurikira, kuko ubwiza bw’Imana buhamurikira, kandi Umwagazi w’intama akaba ari we tara ryaho.

Nta joro rizobayo kandi nta muco w’itara canke w’izuba bazokenera, kuko Umwami Imana azobamurikira. Kandi bazoganza ibihe vyose.

Umugani w’itara

Nta wudomeka itara hanyuma ngo aryubikeko igiseke canke ngo arinyegeze musi y’uburiri. Ahubwo aritereka ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu.

Amaso yawe ni yo matara y’umubiri. Iyo amaso yawe abona neza, umubiri wawe wose uba mu muco. Ariko iyo abona nabi, umubiri wawe wose uba mu mwijima.

Ivyo mwavugiye ahatabona bizokwumvikanira ahabona, kandi ivyo mwongoreraniye mu vyumba abantu bazobivugira hejuru ku mazu basemerera.

Seja o primeiro

Este artigo te tocou? Faça uma oração!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.