Publicidade

Oração

Por Bíblia Online

A oração é o fôlego da vida cristã. É conversa íntima com Deus, pedido de socorro, ação de graças e intercessão. Jesus ensinou seus discípulos a orar e praticou a oração constantemente.

O convite a orar

Jesus disse: pedi e recebereis, buscai e achareis, batei e abrir-se-vos-á. Deus convida seus filhos a orar com fé e persistência.

Gusaba n’umwete

Musabe muzohabwa, murondere muzoronka, mudodore muzokwugururirwa.

Gusaba n’umwete

Musabe muzohabwa, murondere muzoronka, mudodore muzokwugururirwa. Kuko uwusaba wese arahabwa, uwurondera araronka, n’uwudodora arugururirwa.

Nimba mwebwe mushobora guha ingabire nziza abana banyu kandi muri babi mu mitima, none So wo mw’ijuru ntazorushiriza guha ivyiza ababimusavye!

Nimwizera, ico muzosaba cose mu gusenga muzogihabwa."

Nimwizera, ico muzosaba cose mu gusenga muzogihabwa."

Ni co gituma nanje ndababwiye nti: Musabe muzohabwa, murondere muzoronka, mudodore muzokwugururirwa. Kuko uwusaba wese ahabwa, uwurondera aronka, n’uwudodora yugururirwa.

Umugani w’umupfakazi n’umucamanza agabitanya

Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe. Arababwira ati: "Mu gisagara kimwe habaye umucamanza atubaha Imana kandi ntiyumvire umuntu n’umwe. Muri ico gisagara nyene, hariho umupfakazi yama aza kumwinginga ati: Ncira urubanza runkiza uwundenganya.

Uwo mucamanza amara igihe atamwumviriza. Ariko arateba aribwira ati: N’aho ntantinya Imana kandi sinumvire n’abantu, kubera uwu mupfakazi angoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ "

Umwami Yesu yongerako ati: "Nimwumve ivyo uwo mucamanza agabitanya yavuze. Mbega Imana ntizotunganiriza abo yatoranije, bayitakambira ijoro n’umurango? Mbega mwibaza ko izobatevya? Ndababwire ukuri, izokwihuta kubatunganiriza. Ariko none, aho Umwana w’Umuntu azogarukira, azosanga ukwizera kw’isi?"

Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha.

Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha.

Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha.

Orar em nome de Jesus

Tudo o que pedirmos em nome de Jesus, Ele fará, para que o Pai seja glorificado no Filho. A oração em seu nome tem autoridade.

Ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ahabwe icubahiro biciye mu Mwana.

Ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ahabwe icubahiro biciye mu Mwana. Ni ukuri, ico muzosaba cose mw’izina ryanje, nzogikora.

Ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ahabwe icubahiro biciye mu Mwana. Ni ukuri, ico muzosaba cose mw’izina ryanje, nzogikora.

Nimwaguma muri jewe, amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muze musabe ico mushaka cose, kandi muzogihabwa.

Si mwebwe mwantoranije, ni jewe nabatoranije. Nabashizeho kugira ngo mugende mwame ivyamwa, kandi ivyamwa bihoraho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibahe.

Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzohabwa, kugira ngo umunezero wanyu wuzure.

Orar sem cessar

A Bíblia nos exorta a orar em todo tempo. A oração constante nos mantém conectados com Deus e nos fortalece espiritualmente.

Musenge ubudahumeka.

Musenge ubudahumeka.

Mwame munezerewe ibihe vyose Musenge ubudahumeka. Mwame mushima Imana mu bibashikira vyose kuko ari vyo Imana ibashakako mwebwe abari muri Kristo Yesu.

Kandi musengere muri Mpwemu ibihe vyose kandi mugire amasengesho y’uburyo bwose n’ukwinginga. Hamwe n’ivyo vyose, mwame muri maso kandi mwame musenga ubudasiba musengera abera b’Imana bose.

Kandi musengere muri Mpwemu ibihe vyose kandi mugire amasengesho y’uburyo bwose n’ukwinginga. Hamwe n’ivyo vyose, mwame muri maso kandi mwame musenga ubudasiba musengera abera b’Imana bose.

Impanuro zo guherezako

Mushishikare gusenga, mube maso kandi mushima.

Ivyizigiro vyanyu bitume mugumana umunezero. Mwihanganire imibabaro kandi mushishikare gusenga.

A oração do modelo

Jesus ensinou a oração do Pai Nosso como modelo. Ela cobre adoração, submissão, provisão, perdão, proteção e louvor.

Mukwiye gusenga muvuga muti:

Data wa twese uri mw’ijuru,

izina ryawe niryubahwe,

Ubwami bwawe buze,

ivyo ugomba bibe

mw’isi nk’uko biba mw’ijuru.

Uduhe ivyokurya bidukwiye uwu musi,

uduharire ivyaha vyacu,

nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.

Ntudutererane ibitugerageza,

uhubwo udukize wa mubi.

[Kuko Ubwami, ubushobozi n’ubwiza

ari ivyawe ibihe vyose.

Amen.]

Arababwira ati: "Mu gusenga mukwiye kuvuga muti:

Data,

izina ryawe niryubahwe,

Ubwami bwawe nibuze.

Uduhe ivyokurya bidukwiye ku musi ku musi.

Uduharire ivyaha vyacu,

nk’uko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko.

Ntudutererane ibitugerageza.’ "

Inyigisho zerekeye gusenga

Kandi, iyo musenga, ntimumere nka za ndyarya kuko zikunda gusenga zihagaze mu masinagogi no mu mayirabiri, kugira ngo abantu bose bababone. Ndababwire ukuri, abo baramaze guhabwa impera zabo zose.

Ariko, wewe ugomvye gusenga, winjire mu cumba cawe, wugare umuryango, hanyuma usenge. So wo mw’ijuru, we abona ivyo mw’ibanga, azobiguhembera.

Ariko, wewe ugomvye gusenga, winjire mu cumba cawe, wugare umuryango, hanyuma usenge. So wo mw’ijuru, we abona ivyo mw’ibanga, azobiguhembera. Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze.

Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze.

Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze. Ntimugire nka bo, kuko Data wo mw’ijuru azi neza ivyo mukeneye imbere y’uko munabimusaba.

Oração eficaz

A oração do justo é poderosa e eficaz. Ore com fé, sem duvidar, pois quem duvida é como onda do mar levada pelo vento.

Nuko rero mwaturanire ivyaha vyanyu, musengeranire kugira ngo mukire ingwara. Isengesho ry’umugororotsi ririmwo ububasha kandi rikora vyinshi.

Nuko rero mwaturanire ivyaha vyanyu, musengeranire kugira ngo mukire ingwara. Isengesho ry’umugororotsi ririmwo ububasha kandi rikora vyinshi.

Nihaba hariho uwo muri mwebwe akeneye ubwenge bw’Imana, akwiye kubusaba Imana, kuko itanga cane kandi ibikunze. Nta we itera imiragwe kuko ayisavye, kandi azobuhabwa. Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga. Umeze atyo ntiyitege ko hariho ico azoronka kivuye ku Mwami Imana; kuko ntiyiyeguriye Imana, afise imitima ibiri, ntashikamye mu kintu cose akora.

Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga.

Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga. Umeze atyo ntiyitege ko hariho ico azoronka kivuye ku Mwami Imana;

Murashaka kuronka ikintu ntimukironke, mugaca mwica kugira ngo mukironke. Muripfuza, ariko ntimushobora kuronka ico mwipfuza, mugaca mutongana mbere mukanagwana. Ntimuronka ivyo mukeneye kuko mutabisaba Imana.

Mwegere Imana na yo izobegera. Yemwe banyavyaha, nimukarabe; namwe abatiyeguriye Imana mu mitima, nimwiyeze.

Deus ouve e responde

Clama a mim e te responderei. O Senhor ouve os que clamam a Ele com sinceridade e responde com poder e fidelidade.

Mpamagara nanje ndakwitaba ndakubwire ibihambaye kandi bidaserangurwa utazi.

Mpamagara nanje ndakwitaba ndakubwire ibihambaye kandi bidaserangurwa utazi.

Maze, muzonyambaza muze munsenge, nanje nzobumva.

Muzondondera kandi muzombona mundondeye n’imitima yanyu yose.

Wewe wishura amasengesho,

abantu bose bazoza kuri wewe.

Kuko atakengereye canke ngo acokore

umugorwa ari mu mubabaro;

ntiyamuhishije mu nyonga hiwe

ariko yumvise ugutakamba kwiwe.

maze muze munyambaze mu gihe c’amagorwa;

nzobakiza, namwe muzompesha icubahiro."

Narayitakambiye n’akanwa kanje;

ishimwe ryayo ryari ku rurimi rwanje.

Iyo mba narahaye indaro icaha mu mutima wanje,

Imana ntiba yaranyumvirije.

Iyo mba narahaye indaro icaha mu mutima wanje,

Imana ntiba yaranyumvirije.

Ariko ni ukuri Imana yarumvirije

maze yumva ugusenga kwanje.

Nkunda Uhoraho, kuko yumvise ijwi ryanje;

yumvise ugutakamba kwanje.

Kuko yanteze ugutwi,

nzomwambaza igihe cose nzoba nkiriho.

Mu mubabaro wanje nambaje Uhoraho;

natakambiye Imana yanje ngo intabare.

Iri mu Ngoro yayo yumvise ijwi ryanje;

ugutakamba kwanje kwashitse imbere yayo, mu matwi yayo.

Azokwishura ugusenga kw’umugorwa;

ntazokwirengagiza ukwinginga kwiwe.

Ariko yumvise umubabaro wabo

igihe yumva ugutakamba kwabo;

Ku bwabo yibutse isezerano ryiwe

maze kubera urukundo rwiwe rwinshi arigarura.

Uhoraho aba hafi y’abamwambaza bose,

abamwambaza mu kuri bose.

Confiança nas promessas

Se pedimos algo segundo a sua vontade, Ele nos ouve. A confiança na oração vem de conhecer e confiar em Deus e suas promessas.

Kandi ico tuzi tudakekeranya ni uko iyo tuyisavye ico ari co cose gihuye n’ugushaka kwayo itwumva.

Kandi ico tuzi tudakekeranya ni uko iyo tuyisavye ico ari co cose gihuye n’ugushaka kwayo itwumva. Kandi uko tuzi ko itwumva iyo dusenze, ni ko tuzi kandi ko iduha ico tuyisavye.

Kandi uko tuzi ko itwumva iyo dusenze, ni ko tuzi kandi ko iduha ico tuyisavye.

Kandi ico tuyisavye cose irakiduha, kuko twitondera amabwirizwa yayo, tugakora ibiyihimbara.

Nuko muze twegere intebe y’Imana y’ubuntu dushize amanga, kugira ngo twakire imbabazi, turonke n’ubuntu vyo kudufasha mu gihe gikwiye.

Nuko muze twegere intebe y’Imana y’ubuntu dushize amanga, kugira ngo twakire imbabazi, turonke n’ubuntu vyo kudufasha mu gihe gikwiye.

Nuko muze twegere intebe y’Imana y’ubuntu dushize amanga, kugira ngo twakire imbabazi, turonke n’ubuntu vyo kudufasha mu gihe gikwiye.

Kandi ata kwizera, ntibishoboka ko umuntu ahimbara Imana. Umuntu wese ashaka kwegera Imana, ategerezwa kwizera ko iriho kandi ko iha impera abayirondera.

Ni co gituma ashobora gukiza rwose abegera Imana bamwisunze, kuko abaho ibihe vyose abasengera ku Mana.

Diversas formas de oração

A oração inclui adoração, intercessão, súplica e ação de graças. Levante mãos santas, ore pelos outros e clame em todo tempo.

Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka. Maze amahoro y’Imana arengeye ugutahura kw’abantu azoca aza, azigamire imitima yanyu n’ubwenge bwanyu muri Kristo Yesu.

Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka.

Imana izobaha ivyo mukeneye vyose nk’uko ubutunzi bw’ubwiza bwayo butangaje buri muri Kristo Yesu.

Abantu hose, nshaka ko abagabo baho basenga badugije ibiganza vyera, bataratse, kandi batagira ibihari.

Abantu hose, nshaka ko abagabo baho basenga badugije ibiganza vyera, bataratse, kandi batagira ibihari.

Ninginze Umwami Yesu incuro zitatu kugira ngo ayinkuremwo, ariko anyishura ati: "Ubuntu bwanje buraguhaje, kuko ubushobozi bwanje bukorera muri wewe cane iyo uri mu ntege nke." Ivyo ni vyo bituma nirata cane intege nke zanje, kugira ngo ubushobozi bwa Kristo bugume kuri jewe.

Muri uko kurindira, Mpwemu Yera ni we adufasha mu ntege nke zacu. Mu vy’ukuri ntituzi ico dukwiye gusengera, ariko Mpwemu Yera aradusengera aniha iminiho idashobora gusigurwa n’amajambo. Kandi Imana isuzuma imitima, iramenya neza ico Mpwemu yiyumvira, kuko Mpwemu adusengera twebwe abejejwe nk’uko Imana igomba.

Muri uko kurindira, Mpwemu Yera ni we adufasha mu ntege nke zacu. Mu vy’ukuri ntituzi ico dukwiye gusengera, ariko Mpwemu Yera aradusengera aniha iminiho idashobora gusigurwa n’amajambo. Kandi Imana isuzuma imitima, iramenya neza ico Mpwemu yiyumvira, kuko Mpwemu adusengera twebwe abejejwe nk’uko Imana igomba.

Aburahamu ntiyigeze anyiganyiga mu kwizera isezerano ry’Imana, ahubwo ukwizera kwiwe kwagumye gukomera, kandi ivyo vyahesheje Imana icubahiro. Yari azi ko Imana ishoboye gushitsa ico yasezeranye.

Oração e perseverança

Persevere na oração. Mesmo quando parece que não há resposta, Deus está agindo. O que impossível aos homens é possível a Deus.

Nuko rero iyishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba canke ivyo twiyumvira, nk’uko ubushobozi bwayo bukorera muri twebwe buri,

Nuko rero iyishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba canke ivyo twiyumvira, nk’uko ubushobozi bwayo bukorera muri twebwe buri,

Ndababwire ukuri, ico muzoboha kw’isi cose kizoba kiboshwe no mw’ijuru, kandi ico muzobohora kw’isi cose kizoba kibohowe no mw’ijuru.

Kuko aho babiri canke batatu bakoraniye mw’izina ryanje, nanje mba ndi hagati muri bo."

Ugusenga n’ukwisonzesha ni vyo vyonyene bishobora kwirukana idayimoni nk’irya."]

Nuko yigira imbere, yubama hasi arasenga ati: "Data, nimba bishoboka, ndakwinginze unkure imbere iki gikombe c’imibabaro. Ariko, ntibibe nk’uko jewe ngomba, yamara bibe uko wewe ugomba."

Mukunde abansi banyu

Ariko ndababwire mwebwe munyumva: mukunde abansi banyu, mugirire neza ababanka. Muhezagire ababavuma, musengere ababagirira nabi.

Yesu avuga ko Petero ahava amwihakana

Nuko abwira Petero ati: "Simoni, Simoni, umviriza! Satani yabasavye kugira ngo abagosore nk’uko bagosora ingano. Ariko wewe nagusengeye kugira ngo ntutakaze ukwizera, kandi niwamara kwihana ukangarukako uze ukomeze bene So."

Bose bakoranira hamwe bahuje umutima n’inama mu masengesho, bari kumwe na Mariya nyina wa Yesu n’abandi bagore, hamwe na bene nyina ba Yesu.

Nko mu gicugu hagati, Pawulo na Silasi bariko barasenga bongera baririmba indirimbo zo gutazira Imana, izindi mbohe zarabumva.

Imipfunda y’urupfu yaransugereje;

imikuba y’ukurandura yarandengeye.

Iminyororo y’i kuzimu yaranyizingiriyeko;

imitego y’urupfu yarantangiriye.

Mu mubabaro wanje nambaje Uhoraho;

nambaje Imana yanje.

Iri mu ngoro yayo yumvise ijwi ryanje;

ugutakamba kwanje gushika mu matwi yayo.

Va hasi, boroga mw’ijoro,

abateramyi bagitangura;

suka umutima wawe nk’amazi

imbere y’Imana.

Mumutarikire ibiganza

kubera ubuzima bw’abana banyu,

baraba kubera inzara

ku mpande zose z’amabarabara.

Nimuze twisuzume turabe inzira zacu,

maze tugaruke kUhoraho.

Dutarikire imitima yacu n’amaboko yacu

Imana yo mw’ijuru, tuvuge tuti:

Nimujanjagure imitima yanyu

"Mbere n’ubu nyene," ni ko Uhoraho avuze,

"nimungarukeko n’umutima wanyu wose,

mwisonzesha, murira kandi mugandaye."

Nimurondere Uhoraho bigishoboka ko mumubona,

mumuhamagare akiri hafi.

Nta wambaza izina ryawe,

kandi nta wirukira kukwumirako;

kuko waduhishije mu nyonga hawe,

uratureka twicwa n’ivyaha vyacu.

Nzobitaba bataranampamagara,

kandi bakivuga nzoba nabumvise.

Nzobitaba bataranampamagara,

kandi bakivuga nzoba nabumvise.

Yemwe bantu b’i Siyoni, namwe ababa i Yerusalemu, ntimugisubira kurira. Azobagirira imbabazi nimwamuririra. Niyamara kubumva, azoca abishura.

Uku ni ko Uhoraho avuze,

Uwera wa Isirayeli akaba n’Umuremyi wawe:

Ku bijanye n’ibizoba hanyuma,

mbega murambaza ivyerekeye abana banje,

canke murampa amategeko ku bikorwa vy’amaboko yanje?

Postura na oração

Ore no secreto, e o Pai que vê em secreto recompensará. A oração não precisa de muitas palavras, mas de coração sincero.

Utekerereze imbere yUhoraho

umurindire wihanganye;

ntuze ubabare abantu nibatunganirwa mu nzira zabo,

nibashira mu ngiro imigambi yabo mibi.

Ku mugoroba, mu gitondo no ku murango

ntakambana agahinda,

na we akumva ijwi ryanje.

Muze muhore mu mwizigira ibihe vyose, yemwe bantu;

mumugaragarize imitima yanyu,

kuko Imana ari yo buhungiro bwacu.

Ni Zaburi ya Dawidi. Yayirorimvye igihe yari mu bugaragwa bw’i Buyuda.

Mana, ni wewe Mana yanje,

ndakuronderana umwete;

ndakunyotewe,

ibiri muri jewe vyose birakwipfuza,

ndi mu gihugu cumye kigadutse

kitagira amazi.

Hahiriwe abitondera ivyo yihanikirije,

bakamuronderana umutima wabo wose;

Nzokuronderana umutima wanje wose;

ntuze undeke ngo mve mu mabwirizwa yawe.

Mumenye ko Uhoraho yirobanuriye umusavyi wiwe w’umwizigirwa;

Uhoraho aranyumva iyo ndamutakambiye.

Mu gitondo wumve ijwi ryanje;

mu gitondo nzana imbere yawe ivyo ngusaba

nkarindira niteze inyishu yawe.

Uwanka kwumva ivyagezwe,

amasengesho yiwe aba igisesema.

Umuhero wa vyose uri hafi. Ku bw’ivyo, mukwiye kubaho mwirinda kandi mugavye kugira ngo mushobore gusenga.

Seja o primeiro
Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-