Publicidade

Órfãos

Por Bíblia Online

Deus tem um cuidado especial pelos órfãos. Ele se apresenta como pai dos que não têm pai e defensor dos desamparados, e ordena a seu povo que faça o mesmo.

Deus, pai dos órfãos

O Senhor é pai dos órfãos e protetor das viúvas. Ele sustenta os que perderam amparo humano e cuida deles com ternura.

Nimuririmbire Imana, nimuririmbe mushima izina ryiwe,

mutegure inzira y’uwugendera ku bicu;

nimunezererwe imbere yiwe; izina ryiwe yitwa Uhoraho.

Ni we se w’impfuvyi, uwutabara abapfakazi,

ni Imana iba ahera hayo.

Uhoraho azigama inyambukira

agashigikira impfuvyi n’umupfakazi,

ariko inzira z’abanyakibi arazigoramika.

Nimuburanire abanyantegenke n’impfuvyi;

muburane urw’umukene n’uwuhahazwa.

Sinzobasiga nk’impfuvyi; nzoza aho muri.

O chamado da justiça

A religião pura é visitar órfãos e viúvas em suas aflições. Deus ordena a defesa do necessitado e o cuidado com os mais frágeis.

Idini ryemewe kandi ritunganye imbere y’Imana Data wa twese ni ukwitaho impfuvyi n’abapfakazi mu marushwa yabo no kwirinda kwanduzwa n’isi.

Nimwige gukora ivyiza.

Murondere guca izigororotse, murenganure abarenganijwe.

Muburanire impfuvyi,

muvugire abapfakazi."

"Uku ni ko Uhoraho Mushoboravyose avuze: Nimuce imanza zibereye; mugire imbabazi mubabarane. Ntimucinyize umupfakazi n’impfuvyi, inyambukira canke umukene. Ntimugire inama yo kugirira abandi nabi.

Ntimukarenganye abapfakazi n’impfuvyi. Nimwabarenganya bakandirira, nzokwumva amarira yabo. Uburake bwanje buzoziriringa ndabaranduze inkota, abagore banyu babe abapfakazi, abana banyu na bo babe impfuvyi.

kuko nafasha abakene n’impfuvyi,

hamwe n’abatagira gitabara.

Nahezagirwa n’abacikana,

imitima y’abapfakazi nkayuzuza indirimbo z’umunezero.

Seja o primeiro
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-