Pular para o conteúdo
Publicidade

O papel do homem

Por Bíblia Online

A Bíblia define o papel do homem na família e na sociedade: líder servidor, provedor fiel, pai presente e marido amoroso, seguindo o exemplo de Cristo.

Marido e pai

O marido deve amar a esposa como Cristo amou a Igreja. O pai é chamado a criar os filhos na disciplina e instrução do Senhor.

Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura

Ba se, ntimuratse abana banyu; ahubwo mubarerere mu ngeso nziza zo kwubaha Umwami.

Bagabo, mukunde abagore banyu ntimubababaze ku mitima.

Muri iyo ntumbero nyene, bagabo, mufate neza abagore banyu mu kubana na bo. Mububahe nk’abazoraganwa namwe ingabire y’ubugingo yatanzwe ku buntu, naho batanganya inkomezi namwe. Mubitwararike kugira ngo ntihagire ikizibira amasengesho yanyu.

Provedor e responsável

Quem não cuida dos seus é pior que o descrente. O homem deve trabalhar com diligência e prover para sua família com honra.

Umuntu n’atafasha umuryango wiwe na canecane abo mu nzu yiwe, aba yihakanye ukwizera kw’ukuri, kandi uwo aba ari inyuma y’uwutizera.

N’igihe twari kumwe namwe twamye tubaha icagezwe kivuga ngo: "Uwudashaka gukora no kurya ntakarye."

Ivyo mukora vyose muhore mubikorana umutima wanyu wose, nk’aho mwoba muriko mubikorera Umwami wacu, atari abantu,

Umurongozi akwiye kuba inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, atekereje, aganza ingeso ziwe, yubahwa, yakira abantu, kandi ashoboye kwigisha, atari imborerwa kandi adasinda, ariko afise ubugwaneza, adatera ibihari, kandi adakunda amahera. Ategerezwa kuba uwushobora gutunganya urugo rwiwe, abana biwe bakamugamburukira kandi bakamusonera.

Caráter e liderança

O homem de Deus é corajoso, íntegro e cheio do Espírito. Ele lidera pelo exemplo e guia sua casa nos caminhos do Senhor.

Mube maso, mushikame mu kwizera, mube abagabo, mugire umwete, mugire umutima rugabo.

Naramuhisemwo kugira ngo arongore abana biwe n’abo mu nzu yiwe n’abazovuka inyuma yiwe, kugira ngo bagendere mu nzira zUhoraho bakore ibigororotse kandi bace imanza ziroranye, kugira ngo nzoshitse kuri Aburahamu ivyo namusezeraniye."

Ntimukaborerwe umuvinyu, kuko bijana abantu mu buhumbu. Ahubwo, mwuzure Mpwemu Yera,

Seja o primeiro