Pular para o conteúdo
Publicidade

1 João 4

10 Icerekana urwo rukundo ni iki: si twebwe twakunze Imana, ahubwo ni yo yadukunze itanga umwana wayo nk’ikimazi kugira ngo duharirwe ivyaha vyacu. 11 Bakundwa, ko Imana yadukunze urukundo rungana gutyo, natwe dukwiye gukundana. 12 Nta muntu n’umwe arabona Imana; ariko iyo dukundana, Imana iba muri twebwe kandi urukundo rwayo rwiyerekanira muri twebwe mu buryo busagutse.

Veja também