Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Yohana 4

11 Bakundwa, ko Imana yadukunze urukundo rungana gutyo, natwe dukwiye gukundana. 12 Nta muntu n’umwe arabona Imana; ariko iyo dukundana, Imana iba muri twebwe kandi urukundo rwayo rwiyerekanira muri twebwe mu buryo busagutse.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também