Umuhamagaro n’ugutoranywa vy’Abakristo
3 Ubushobozi bw’ubumana bwiwe bwaduhaye ivya nkenerwa vyose kugira ngo tubeho twubaha Imana biciye mu kumenya uwaduhamagaje ubwiza bwiwe n’ukugira neza kwiwe.