18 Ariko nta co bitwaye. Babikora mu kuri canke babikora mu buryarya, igihambaye ni uko Kristo ariko aravugwa. Kandi ivyo ndabinezererewe, mbere nzokomeza kubinezerererwa.
19 Kuko ndazi ko kubera amasengesho munsengera n’imfashanyo iva kuri Mpwemu wa Kristo Yesu ivyo vyose bizotuma mbohorwa.