Publicidade

Gálatas 4

4 Maze igihe gikwiye kigeze, Imana irungika Umwana wayo, avyagwa n’umugore, avukira mu vyagezwe, 5 kugira ngo acungure abaganzwa n’ivyagezwe, yongere atugire abana biwe bwite. 6 Kandi kubera turi abana bayo, Imana yarungitse Mpwemu w’Umwana wayo mu mitima yacu. Ni we Mpwemu atuma dusemerera tuvuga tuti: "Aba, Data."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-