Pular para o conteúdo
Publicidade

Yakobo 3

5 Ni ko biri no ku rurimi. Ni urugingo rutoya mu zigize umubiri, ariko rwihayagiza muri vyinshi. Raba ingene ishamba rinini rishobora kudomekwa n’akariro gake. 6 N’ururimi na rwo rumeze nk’umuriro; ni nk’isi y’ikibi iri mu ngingo z’imibiri yacu. Rushobora kwanduza umubiri w’umuntu wose, rukadomeka ukubaho kwiwe kwose, kandi na rwo rudomekwa na Gehinomu.

Veja também