Pular para o conteúdo
Publicidade

Honrar os pais

Por Bíblia Online

Honrar pai e mãe é mandamento de Deus com promessa de vida longa e feliz. A Bíblia ensina que respeitar, obedecer e cuidar dos pais é dever sagrado dos filhos.

O mandamento com promessa

Honra a teu pai e a tua mãe para que vá bem contigo e vivas muito tempo sobre a terra. É o primeiro mandamento com promessa.

Wubahe so na nyoko kugira ngo uzorambire mu gihugu Uhoraho Imana yawe iguhaye.

Wubahe so na nyoko nk’uko Uhoraho yabigutegetse, kugira ngo uzorambire mu gihugu Uhoraho Imana yawe iguhaye, kandi ivyawe bizogende neza.

"Wubahe so na nyoko." Ni co cagezwe ca mbere gifise isezerano: "Niwubahe so na nyoko kugira ngo ivyawe bize bigende neza kandi kugira ngo uze urambire kw’isi."

Bana, mwumvire abavyeyi banyu kuko muri ab’Umwami, kandi akaba ari vyo bibereye. "Wubahe so na nyoko." Ni co cagezwe ca mbere gifise isezerano: "Niwubahe so na nyoko kugira ngo ivyawe bize bigende neza kandi kugira ngo uze urambire kw’isi."

Ba se, ntimuratse abana banyu; ahubwo mubarerere mu ngeso nziza zo kwubaha Umwami.

Bana, mwubahe abavyeyi banyu muri vyose, kuko ari vyo bihimbara Umwami wacu.

Obedecer e respeitar

Filhos, obedecei a vossos pais no Senhor. Ouvir a instrução do pai e não desprezar o ensino da mãe traz sabedoria.

Wirinde uguhamagara kw’umunyavyaha

Mwana wanje, wumvire ico so akubwira,

kandi ntukanke ico nyoko akwigisha.

Wirinde uguhamagara kw’umunyavyaha

Mwana wanje, wumvire ico so akubwira,

kandi ntukanke ico nyoko akwigisha.

Bizokubera urugori rw’ubuntu ku mutwe,

n’umugufu ushariza izosi.

Impanuro z’umuvyeyi

Bana banje, nimutege amatwi inyigisho z’umuvyeyi;

muzishireko umutima kugira ngo mugire ubwenge.

Umwana w’ubwenge yumviriza inyigisho za se,

ariko umwana atagira indero ntiyemera gukosorwa.

Umugani wa 17

Umvira so wawe, we yakuvyaye,

kandi ntugaye nyoko mu myaka yiwe y’ubusaza.

Yesu arabishura ati: "None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu? Kuko Imana yavuze iti: Wubahe so na nyoko, yongerako iti: Umuntu wese azovuma se canke nyina aze yicwe.

Yesu arabishura ati: "None mwebwe ni kuki mutubahiriza ibwirizwa ry’Imana mwitwaje imigenzo yanyu? Kuko Imana yavuze iti: Wubahe so na nyoko, yongerako iti: Umuntu wese azovuma se canke nyina aze yicwe. Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu avuze kw’ivyo yari gufashisha se canke nyina ari inyegu y’Imana ataba agikwiye kubibafashisha. Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa kubera imigenzo yanyu.

Consequências da desonra

A Bíblia adverte severamente contra a desonra aos pais. Quem amaldiçoa ou agride os pais enfrenta consequências sérias.

Umwana asesagura ivya se, akirukana nyina,

yikwegera isoni n’ibimaramare.

Uwuvuma se na nyina

itara ryiwe rizozimirizwa mu mwijima w’umuzitanya.

Ijisho ry’uwugaya se,

rigakengera nyina ashaje,

rizonokorwa n’ibikona vyo mu biyaya,

riribwe n’ibinyakabaka.

Uwuzotuka se canke nyina azokwicwe.

Umenye neza ibi: mu misi ya nyuma hazoba ibihe bigoye. Abantu bazokwikunda, bakunde amahera, birate ivyabo, buzure ubwishime. Bazotuka Imana bongere bagararize abavyeyi babo, babe intashima, ntibubahe ikintu na kimwe cejejwe. Urukundo rwabo ruzotimba, ntibazoshobora guharira, bazovuga nabi, bananirwe kuganza ingeso zabo, bazoba bateye ubwoba, banka iciza cose.

Cuidar dos pais

Quem não cuida dos seus, principalmente de sua família, negou a fé. Honrar os pais inclui respeitar os idosos.

Ariko umupfakazi afise abana n’abuzukuru, bakwiye kubanza kwitwararika uwo muvyeyi, ni ho bazoba bamwishuye ivyo yabakoreye, kandi ivyo birahimbara Imana.

Umuntu n’atafasha umuryango wiwe na canecane abo mu nzu yiwe, aba yihakanye ukwizera kw’ukuri, kandi uwo aba ari inyuma y’uwutizera.

Umuntu wese aze yubahe se na nyina, kandi aze yubahirize amasabato yanje. Ndi Uhoraho Imana yanyu.

Uze uhaguruke kubera icubahiro c’umutama, wubahe abakuruta kandi uhe icubahiro Imana yawe. Ndi Uhoraho.

Seja o primeiro