Jejum e oração
Jejum e oração são disciplinas espirituais que andam juntas. Jesus jejuou, os apóstolos jejuaram, e a Bíblia ensina que o jejum fortalece a oração e nos aproxima do coração de Deus.
O exemplo de Jesus
Jesus jejuou quarenta dias no deserto antes de iniciar seu ministério. Ele ensinou que certas coisas só acontecem com oração e jejum.
Yesu ageragezwa na Satani
Hanyuma Yesu aca ajanwa na Mpwemu mu bugaragwa kugira ngo ageragezwe na Satani. Amaze imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine ata co arya kandi ata co anywa, yumva arashonje.
Yesu arabishura ati: "Ni kubera ukwizera kwanyu guke. Ndababwire ukuri, iyo muba mwari mufise ukwizera kungana n’akabuto ka mutaride, mwobwira uriya musozi muti: ‘Imuka uve ngaha,’ kandi woca wimuka. Nta kintu na kimwe kitobashobokera. [ Ugusenga n’ukwisonzesha ni vyo vyonyene bishobora kwirukana idayimoni nk’irya."]
Gusenga no kwisonzesha
Iyo mwisonzesheje, ntimwerekane ko mubabaye nk’uko za ndyarya zibigira: kuko baca bijirirwa mu maso kugira ngo abababona bose babashimire ukwisonzesha kwabo. Ndababwire ukuri: iyo ni yo mpera yonyene bazoronka. Ariko wewe, iyo wisonzesheje, woge mu maso hanyuma wisige amavuta mu mutwe, kugira ngo ntiwereke abantu ko wisonzesheje; ahubwo uvyereke So ari ahihishije; maze So, we abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera.
Gusenga no kwisonzesha
Iyo mwisonzesheje, ntimwerekane ko mubabaye nk’uko za ndyarya zibigira: kuko baca bijirirwa mu maso kugira ngo abababona bose babashimire ukwisonzesha kwabo. Ndababwire ukuri: iyo ni yo mpera yonyene bazoronka.
Ariko wewe, iyo wisonzesheje, woge mu maso hanyuma wisige amavuta mu mutwe, kugira ngo ntiwereke abantu ko wisonzesheje; ahubwo uvyereke So ari ahihishije; maze So, we abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera.
ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje.
O jejum nas Escrituras
Ao longo da Bíblia, grandes homens e mulheres de fé jejuaram em momentos decisivos — buscando a Deus com urgência e devoção.
Mose yamaranye ngaho n’Uhoraho imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine, atarya, atanywa, yandika kuri vya bisate vy’amabuye amajambo y’isezerano, ari yo mabwirizwa icumi.
Nca mpindukirira Uhoraho Imana, ntangura gutakamba ndayisenga nongera ndayinginga, nisonzesheje, nambaye amagunira kandi nisize iminyota.
Nta vyokurya vyiza canke inyama nafungura, nta n’umuvinyu nanywa kandi nta n’amavuta nisiga mu maso canke mu mutwe kugeza ayo mayinga atatu aheze.
Nta vyokurya vyiza canke inyama nafungura, nta n’umuvinyu nanywa kandi nta n’amavuta nisiga mu maso canke mu mutwe kugeza ayo mayinga atatu aheze.
"Genda ukoranye Abayuda bose bari i Suza, mwisonzeshe ku bwanje. Mumare imisi itatu mutarya canke ngo munywe, haba mw’ijoro canke ku murango. Jewe n’incoreke zanje tuzokwisonzesha hamwe namwe. Ico gihe nicahera, nzoja kuraba umwami, naho binyuranye n’amategeko. Nimba ari ugupfa nshake mpfe."
Maze kwumva ivyo, nicara hasi ndarira. Mara imisi ngandaye nisonzesheje kandi nsenga Imana yo mw’ijuru.
Aho nyene ku nkombe z’umugezi uja muri Ahava, menyesha abantu ko bisonzesha, kugira ngo twicishe bugufi imbere y’Imana yacu duheze tuyisabe iduhe kugira urugendo rwiza twebwe n’abana bacu, n’ivyo dutunze vyose.
Nuko turisonzesha twinginga Imana yacu ku bw’ivyo, na yo yishura ugusenga kwacu.
Nuko turisonzesha twinginga Imana yacu ku bw’ivyo, na yo yishura ugusenga kwacu.
Dawidi asabira uwo mwana ku Mana kugira ngo amureke abeho. Arisonzesha, aja mu nzu yiwe amara amajoro yitembagaza hasi yambaye amagunira.
Maze abantu b’i Ninewe bizera ubwo butumwa bw’Imana, baca bashinga ko haba ukwisonzesha kandi uhereye ku mukuru ugashika ku muntu mutoya, bambara amagunira.
Ayo majambo ya Yona ashikiriye umwami w’i Ninewe na we aca arahaguruka ava ku ntebe y’ubwami, yambura impuzu z’ubwami, yambara igunira, yongera yicara mu mukungugu. Aca atanga itegeko i Ninewe rivuga riti:
"Itegeko ry’umwami n’abaganwa biwe:
Ntihagire abantu canke ibikoko, amasho n’imikuku bigira ico bikoza ku munwa, ntibigire ico birya canke binywa. Abantu nibambare amagunira mbere n’ibikoko babiyapfuke, hanyuma abantu batakambire Imana binginga, kandi umuntu wese ave mu nzira z’ibibi, bahagarike n’umuryano uri hagati yabo. Nta wubizi! Hari n’aho Imana yokwisubirako ikigarura, ikareka ugushangashirwa kwayo, maze ntiduhonye."
Imana ibona ibikorwa vyabo, ingene bahindukiye bakava mu nzira zabo mbi, maze irigarura ntiyabahanisha igihano yari yabateguriye.
O jejum que Deus escolheu
Isaías revela o jejum que agrada a Deus: soltar as cadeias da injustiça, libertar os oprimidos e repartir o pão com o faminto.
Barabaza bati: ‘Ni kuki twisonzesha,
ariko ntubibone?
Ni kuki twicishije bugufi
ariko ukavyirengagiza?’
Ariko ku musi mwisonzesheje mukora ibibahimbara gusa,
mugakoresha nabi abakozi banyu bose.
Ukwisonzesha kwanyu guherera mu mitongano no mu matati,
mu kugwana mukubitana ingumu.
Ntimushobora kwisonzesha uko mubigira uwu musi,
ngo mwitege ko ijwi ryanyu ryumvikana mw’ijuru.
Mbega ukwo ni kwo kwisonzesha nahisemwo,
umusi abantu bicisha bugufi?
Umusi umuntu yunamika umutwe kurya kw’irenga rigondwa n’umuyaga,
akaryama ku magunira yisize iminyota?
Ivyo ni vyo mwita kwisonzesha,
umusi wemewe n’Uhoraho?
Mbega uku si kwo kwisonzesha nahisemwo:
gucagagura ingoyi z’akarenganyo,
mugapfundurura imigozi iboheye imitwaro ku bantu,
abacinyijwe bakidegemvya
mukavunagura ingogo zose?
Mbega uku si kwo kwisonzesha nahisemwo:
gucagagura ingoyi z’akarenganyo,
mugapfundurura imigozi iboheye imitwaro ku bantu,
abacinyijwe bakidegemvya
mukavunagura ingogo zose?
Nimujanjagure imitima yanyu
"Mbere n’ubu nyene," ni ko Uhoraho avuze,
"nimungarukeko n’umutima wanyu wose,
mwisonzesha, murira kandi mugandaye."
Nimujanjagure imitima yanyu
"Mbere n’ubu nyene," ni ko Uhoraho avuze,
"nimungarukeko n’umutima wanyu wose,
mwisonzesha, murira kandi mugandaye."
Nimwamamaze ukwisonzesha kwera;
nimutumeko ikoraniro ryera.
Nimutumeko abatware
n’ababa mu gihugu bose
ngo baze ku Ngoro y’Uhoraho Imana yanyu,
maze batakambire Uhoraho.
A igreja primitiva
Os apóstolos jejuavam antes de decisões importantes. O jejum acompanhava a consagração de líderes e o envio de missionários.
Bariko barasenga Imana bisonzesheje, Mpwemu Yera ababarira ati: "Ntoraniriza Baranaba na Sawuli, bankorere igikorwa nabahamagariye."
Bariko barasenga Imana bisonzesheje, Mpwemu Yera ababarira ati: "Ntoraniriza Baranaba na Sawuli, bankorere igikorwa nabahamagariye."
Bariko barasenga Imana bisonzesheje, Mpwemu Yera ababarira ati: "Ntoraniriza Baranaba na Sawuli, bankorere igikorwa nabahamagariye." Bahejeje kwisonzesha no gusenga, baca babarambikako ibiganza, barabarungika.
Bahejeje kwisonzesha no gusenga, baca babarambikako ibiganza, barabarungika.
Bahejeje kwisonzesha no gusenga, baca babarambikako ibiganza, barabarungika.
Pawulo na Baranaba, bamaze gusenga no kwisonzesha, baca bagena abakuru b’amashengero yose, babaragiza Umwami Yesu bari bizeye.
Praticando o jejum
Quando jejuares, unge a cabeça e lava o rosto. O jejum é entre você e Deus — não para impressionar os homens, mas para buscar ao Senhor.
akaba yari amaze imyaka mirongo umunani n’ine ari umupfakazi. Yama mu rusengero ijoro n’umurango, akorera Imana, asenga kandi yisonzesha.
Ibijanye no kwisonzesha
Baca baramubaza bati: "Ni kuki abigishwa ba Yohana, co kimwe n’ab’Abafarisayo bisonzesha kenshi bakongera bagasenga, ariko abawe bakaguma birira kandi binywera nk’uko bisanzwe?"
Yesu arabishura ati: "Mbega abatumire b’umukwe bokwisonzesha bakiri kumwe na we mu musi mukuru? Ntibishoboka! Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe."
Mu nyuma y’ivyo, Yesu yinjiye mu nzu, abigishwa biwe baramubaza biherereye bati: "Ni kuki twebwe vyatunaniye kwirukana irya dayimoni?"
Arabishura ati: "Ugusenga kwonyene ni kwo gushobora kwirukana impwemu nk’irya."
Arabishura ati: "Ugusenga kwonyene ni kwo gushobora kwirukana impwemu nk’irya."
Narakoze cane ndaruha, rimwe na rimwe nkarara maso. Narashonje ndanyoterwa, mfata ingendo ntagira imfungurwa, nicwa n’imbeho, ngenda gusa.
Ariko igihe bari bagwaye, nambaye igunira
nicisha bugufi ndisonzesha.
Amasengesho yanje atishuwe,