15 Umuntu wese yemera ko Yesu ari Umwana w’Imana, Imana iba muri we na we akaba muri yo. 16 Turazi urukundo Imana yadukunze kandi twashize ivyizigiro vyacu mu rukundo rwayo.
Imana ni urukundo. Umuntu wese aba mu rukundo aba mu Mana na yo ikaba muri we.