Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Yohana 4

Imana ni urukundo

7 Bakundwa, muze dukundane, kuko urukundo ruva ku Mana. Umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arayizi. 8 Umuntu wese adakundana ntazi Imana, kuko Imana ni urukundo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também