Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Yohana 5

18 Turazi ko ata muntu yavyawe n’Imana abandanya gukora icaha, kuko Umwana w’Imana aramurinda, kandi wa mubi nta co ashobora kumukorako. 19 Turazi ko turi abana b’Imana, kandi ko isi yose iri musi y’ububasha bwa wa mubi.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também