Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Pedro 1

23 Ubu mwaravutse ubwa kabiri, ntimwavukiye ubuzima bw’akanya gato. Ubuzima bwanyu bushasha ni ubw’ibihe bidashira kuko buva ku mbuto itabora, ari ryo jambo rizima ry’Imana rihoraho. 24 Nk’uko Ivyanditswe bivuga ngo:

"Abantu bose bameze nk’ivyatsi;

kandi ubwiza bwabo bwose

bumeze nk’amashurwe yo ku misozi;

ivyatsi biruma, amashurwe agahungurukira hasi,

25 ariko ijambo ry’Uhoraho

ryo rihoraho ibihe vyose."1:25 Yesaya 40:6-8

Kandi iryo jambo ni bwo Butumwa Bwiza mwabwiwe.

Veja também