Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Petero 5

5 Rwaruka, namwe mwubahe uburongozi bw’ishengero. Kandi umwe wese muri mwebwe yicishe bugufi imbere ya mugenziwe kuko,

"Imana igwanya abibona

ariko igirira ubuntu abicisha bugufi."5:5 Imigani 3:34

6 Nuko rero mwicishe bugufi, musi y’ikiganza c’Imana c’ubushobozi kugira ngo ize ibashire hejuru mu gihe gikwiye. 7 Muyikorere ingorane zanyu zose kuko irabitayeho.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também