7 Ahubwo, twicishije bugufi tumera nk’abana batoya muri mwebwe.
Twari tumeze kurya kw’umuvyeyi ariko yitaho abana biwe. 8 Twarabakunze cane bituma tutababwira Ubutumwa Bwiza bw’Imana gusa, ahubwo twabahaye n’ubuzima bwacu na bwo.