17 Nuko rero, bakundwa, ko musanzwe mubizi, mwame mugavye kugira ngo ntimuzimizwe n’inyigisho mbi z’abantu b’abagarariji ngo munyiganyige muve mu kibanza canyu. 18 Ariko mukurire mu buntu no mu kumenya neza Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo.
Icubahiro kibe iciwe uhereye ubu n’ibihe bidashira! Amen.