Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "salvação"

116 resultados encontrados

  1. Jeremias 20

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 20
    Mostrando versículos 2–14 de 18

    2aca atuma abamukubita kandi amushira mu minyororo kw’Irembo rya Benyamini riri haruguru y’Ingoro y’Uhoraho.

    13Ririmbira Uhoraho!Himbaza Uhoraho!Akiza ubugingo bw’umukeneabukuye mu maboko y’abanyakibi.

    14Umusi navukiyeko urakavumwa!Umusi mama yamvyariyeko ntugahezagirwe!

  2. João 19

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 19
    Mostrando versículos 16–37 de 42

    16Pilato aca atanga Yesu kugira ngo bamubambe.Nuko baramufata baramujana.

    34Umwe mu basoda acumita Yesu icumu mu rubavu, haseseka amaraso n’amazi.

    37Ahandi Ivyanditswe bivuga ngo: "Bazobona uwo bacumise."19:37 Zakariya 12:10

  3. Lucas 13

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 13
    Mostrando versículos 13–23 de 35

    13Aca amurambikako ibiganza. Ako kanya nyene, aca aragororoka, ahimbaza Imana.

    16Mbega uwu mugore akaba n’umukobwa wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n’umunani aboshwe na Satani, ntiyari akwiye kubohorwa, naho ari ku musi w’Isabato?"

    23Umuntu umwe aramubaza ati: "Mwami, ubwo abakizwa ntibazoba bake?"Yesu aramwishura ati:

  4. 2 Samuel 19

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 19
    Mostrando versículos 4–10 de 43

    4Umwami yipfuka mu maso araboroga cane ati: "Ewe mwana wanje Abusalomu! Ewe Abusalomu, mwana wanje, mwana wanje!"

    6Ukunda abakwanka ukanka abagukunda. Uyu musi uravyerekanye ko abakuru b’ingabo n’ingabo zose ata co bavuze imbere yawe. Ndabona ko wari kunezerwa iyo Abusalomu aba akiriho natwe twese twapfuye.

    10kandi Abusalomu twari twasize amavuta ngo abe umwami wacu, yaguye ku rugamba. None ko ata co muvuga ku vyerekeye kugarukana umwami?"

  5. 1 Pedro 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 11–14 de 14

    11Ubushobozi ni ubwayo ibihe bidashira. Amen.

    12Iri kete rigufi ndaryanditse mfashijwe na Silasi, uwo mfata nka mwene Data w’umwizigirwa, kugira ngo ndabatere intege kandi ndabamenyeshe ko ivyo muriko muracamwo ari ubuntu bw’Imana bw’ukuri. Nuko muhagarare mushikamye muri ubwo buntu.

    14Muramukanishe indamukanyo y’urukundo.Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!

  6. Êxodo 20

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 20
    Mostrando versículos 8–15 de 26

    8Wibuke guhimbaza umusi w’Isabato mu kuweza.

    13Ntukice.

    15Ntukibe.

  7. Romanos 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 1–16 de 31

    1Mbega none akamaro ko kwitwa Umuyuda ni akahe? Canke agaciro ko gukebwa ni akahe?

    15Ibirenge vyabo vyirukira kuvisha amaraso;

    16aho baciye bahasiga imisaka n’ubworo,

  8. 2 Timóteo 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 2–17 de 17

    2Abantu bazokwikunda, bakunde amahera, birate ivyabo, buzure ubwishime. Bazotuka Imana bongere bagararize abavyeyi babo, babe intashima, ntibubahe ikintu na kimwe cejejwe.

    12Mu vy’ukuri, umuntu wese ahisemwo kugira ubuzima bugororotse muri Kristo Yesu azotegerezwa guhamwa.

    17kugira ngo umuntu w’Imana atunganywe rwose, agire ibikwiye ku bw’igikorwa ciza cose.

  9. 2 Samuel 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 14–16 de 25

    14Aya ni yo mazina y’abana yavyariye i Yerusalemu: Shamuwa, Shobabu, Natani, Salomo,

    15Ibuhari, Elishuwa, Nefegi, Yafiya,

    16Elishama, Eliyada na Elifeleti.

  10. Levítico 11

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 11
    Mostrando versículos 17–19 de 47

    17igihuna, ikirovyi, inyanana,

    18ikinyamwanira, inkongori, ikiryamivyimba,

    19agasoza, ubwoko bwose bw’inyange, samunsure, n’agahungarema.

  11. Atos 15

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 15
    Mostrando versículos 18–34 de 41

    18uwabimenyekanishije uhereye kera cane.

    26abagabo bahevye ubuzima bwabo ku bw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo.

    34Ariko Silasi ahitamwo kugumayo.]15:34 Mu nzandiko zimwezimwe za Bibiliya aya majambo ntarimwo.

  12. Provérbios 21

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 21
    Mostrando versículos 3–21 de 31

    3Gukora ibigororotse n’ibibereyeni vyo vyemerwa n’Uhoraho gusumba ibimazi.

    6Ubutunzi umuntu aronkesheje akarimi kabeshani umwotsi utumuka, ni umutego wica.

    21Uwukurikirana kugororoka no kugira urukundoaronka ubuzima, kugubwa neza n’icubahiro.

  13. Eclesiastes 7

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 7
    Mostrando versículos 17–26 de 29

    17Ntiwigire umunyavyaha arengeje,kandi ntiwigire igipfu,ni iki cotuma upfa hataragera?

    19Ubwenge butuma umunyabwenge aba umunyabushobozikurusha abantu cumi baganza mu gisagara.

    26Nsanga ikirusha urupfu kururani umugore yikwegerako abagabo,umutima wiwe umeze nk’umutegoamaboko yiwe akamera nk’iminyororo.Umuntu yubaha Imana ni we wenyene azomuva mu maboko,ariko umunyavyaha we ntazomwifatura.

  14. Jó 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 2–17 de 27

    2Igipfu cicwa n’inzigo,imburabwenge ikicwa n’ishari.

    16Abakene baraheza bakagira ivyizigiro,akarenganyo kakazibwa akanwa.

    17Hahiriwe uwukosorwa n’Imana!None rero ntukengere gutozwa indero n’Iyishoboravyose.

  15. 1 Crônicas 13

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 13
    Mostrando versículos 3–10 de 14

    3Tugende tugarukane iwacu Isandugu y’Imana yacu, kuko tutigeze tuvyitaho ku ngoma ya Sawuli."

    4Ikoraniro ryose riremera ko bakora uko, kuko abantu bose babonye ko ari vyiza.

    10Uhoraho ashavurira cane Uza, maze aramukubita arapfa kuko akoze kuri iyo sandugu. Nuko aca apfira ngaho nyene imbere y’Imana.

  16. Marcos 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 4–24 de 35

    4Arababaza ati: "Mbega icemewe gukorwa ku musi w’Isabato ni ikihe? Iciza canke ikibi? Gukiza umuntu canke kumwica?" Ntihagira n’umwe amwishura.

    15abaha n’ububasha bwo kwirukana abadayimoni.

    24Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka.

  17. Salmos 86

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 86
    Mostrando versículos 1–12 de 17

    1Ntega ugutwi, Uhoraho, maze unyishure,kuko ndi umukene n’umugorwa.

    4Zanira umunezero k’umusavyi wawe, ewe Mana,kuko nkwizigira.

    12Nzogushima, ewe Uhoraho Mana yanje, n’umutima wanje wose;nzoshima izina ryawe ibihe bidashira.

  18. Hebreus 6

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 6
    Mostrando versículos 2–6 de 20

    2inyigisho zijanye n’umubatizo, ukurambikwako ibiganza, ukuzuka kw’abapfuye n’urubanza rw’iherezo.

    5bakumviriza ku vyiza vy’ijambo ry’Imana no ku bushobozi bw’ibihe bigiye kuza,

    6hanyuma bakava ku Mana. Ntibikunda kugarukana abantu nk’abo ku kwihana, kuko baba bahisemwo kubamba ubugira kabiri Umwana w’Imana, bagaha abandi akaryo ko kumutuka.

  19. Deuteronômio 17

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 17
    Mostrando versículos 4–15 de 20

    4mukamwumva muze mutohoze neza. Nimwasanga koko ico kizira carakozwe mu Bisirayeli,

    6Azokwicwe habanje kuboneka ivyabona bibiri canke bitatu, ariko ntihazogire uwicwa habajijwe icabona kimwe gusa.

    15muze mube maso kugira ngo mwimike uwo Uhoraho Imana yanyu azoba yabahitiyemwo. Azobe umwe muri benewanyu b’Abisirayeli. Ntimuze mwimike umunyamahanga, atari Umwisirayeli.

  20. 2 Timóteo 4

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 4
    Mostrando versículos 1–12 de 22

    1Ndakwingingiye mu nyonga z’Imana n’imbere ya Kristo Yesu, azocira urubanza abazima n’abapfuye aho azozira kwima ku ngoma yiwe:

    2wigishe Ijambo ry’Imana. Wame witeguye mu gihe kibereye n’ikitabereye; wemeze abantu ukuri, wihanize abari mu bibi, ubatere intege mu kubigisha neza, ugire ukwihangana kwinshi.

    12Tukiko namurungitse muri Efeso.

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo