20 Bana, mwubahe abavyeyi banyu muri vyose, kuko ari vyo bihimbara Umwami wacu.
21 Ba se, ntimukabere abana banyu umururazi, vyotuma bacika intege.