Pular para o conteúdo
Publicidade

Kolosayi 3

8 Ariko ubu mukwiye kwiyambura ibintu vyose bisa n’ibi: uburake, kujingitwa, ububi bwose, kuvuga abandi nabi, kandi ntihagire amajambo ateye isoni asohoka ava mu kanwa kanyu. 9 Ntimukabeshane kuko mwiyambuye wa muntu wa kera n’ibikorwa vyiwe, 10 mukambara umuntu mushasha. Uwo na we yama ahinduka mu gutahura, akama arondera gusa n’Umuremyi wiwe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

Colossenses
Ver todos os capítulos de Colossenses