Pular para o conteúdo
Publicidade

Efeso 3

20 Nuko rero iyishobora gukora ibirengeye cane ivyo dusaba canke ivyo twiyumvira, nk’uko ubushobozi bwayo bukorera muri twebwe buri, 21 icubahiro kibe icayo mw’ishengero no muri Kristo Yesu, uko urunganwe ruzogenda rukurikira urundi, uhereye ibihe vyose, ukugeza ibihe bidashira! Amen.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também