Publicidade

Efésios 6

1 Bana, mwumvire abavyeyi banyu kuko muri ab’Umwami, kandi akaba ari vyo bibereye. 2 "Wubahe so na nyoko." Ni co cagezwe ca mbere gifise isezerano: 3 "Niwubahe so na nyoko kugira ngo ivyawe bize bigende neza kandi kugira ngo uze urambire kw’isi."6:3 Gusubiramwo 5:16

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_15-35-42-