Pular para o conteúdo
Publicidade

Galatiya 4

24 Ivyo twobifatirako ikigereranyo: abo bagore babiri bagereranywa n’amasezerano abiri. Isezerano rimwe ryavuye ku musozi Sinayi, rivamwo abana bavukira kuba abagurano: Uwo ni Hagari. 25 Hagari agereranywa n’umusozi Sinayi wo muri Arabiya, akagereranywa kandi n’igisagara ca Yerusalemu kuko ari mu bugurano bw’ivyagezwe, hamwe n’abana biwe. 26 Ariko uwundi mugore, ari we Sara, agereranywa na Yerusalemu wo mw’ijuru. Ni umugore yidegemvya, kandi ni we mama atuvyara.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também