Pular para o conteúdo
Publicidade

Galatiya 6

7 Ntimuhendwe: Imana nticokorwa. Ico umuntu abiba ni co azokwimbura. 8 Uwubiba kugira ngo anezereze kamere muntu kiwe, azokwimbura ukubora muri ako kamere nyene. Ariko uwubiba kigira ngo ahimbare Mpwemu, azokwimbura ubugingo budashira muri Mpwemu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também