Pular para o conteúdo
Publicidade

Yona 4:2

2 Ni ko gusenga Uhoraho avuga ati: "None ga Mana ibi si vyo nari navuze igihe nari nkiri mu gihugu c’iwacu? Ni na co cari catumye nihutira guhungira i Tarushishi. Kuko nari nsanzwe nzi ko wewe uri Imana igira ubuntu, ifise ikigongwe cinshi, itihutira gushavura, ifise urukundo rwinshi kandi yigarura ntirungike ivyago.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Jonas
Ver todos os capítulos de Jonas