Pular para o conteúdo
Publicidade

João 1

Yesu ahamagara Filipo na Natanayeli

43 Ku musi ukurikira, Yesu afata ingingo yo kuja i Galilaya. Ariko aragenda, ahura na Filipo, amubwira ati: "Nkurikira!"

44 Filipo yava mu gisagara citwa Betesayida, ari na co Andereya na Petero bavamwo. 45 Nuko Filipo asanga Natanayeli aho ari, amubwira ati: "Twabonye umwe Mose yavugako mu Vyagezwe, n’abavugishwa n’Imana bakamwandikako. Ni Yesu w’i Nazareti, mwene Yosefu."

Veja também