Pular para o conteúdo
Publicidade

Roma 8

24 Ivyo ni vyo twiteze kuva dukijijwe. Iyo icari citezwe kibonetse, kucitega kuba kurangiye. None hari umuntu yokwitega ico yamaze kubona? 25 Ariko ko twiteze ivyo tutarabona, dutegerezwa kubirindira twihanganye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também