Publicidade

Tiago 5

Ukwihanganira imibabaro

7 Nuko rero bene Data, mwihangane gushika aho Umwami wacu azozira. Raba ingene umurimyi arindira ko umurima wiwe wera ivyimburwa kandi arorera yihanganye imvura y’agatasi n’iyimpeshi. 8 Namwe nimwihangane kandi muhagarare mushikamye, kuko ukuza k’Umwami kuri hafi.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-