Pular para o conteúdo
Publicidade

10 versículos inspiradores para compartilhar no dia da mulher e homenageá-las

Por Bíblia Online  - 

O Dia Internacional da Mulher é uma data especial para reconhecer o valor, a força e a sabedoria das mulheres. A Bíblia é repleta de versículos que exaltam o papel feminino e destacam sua importância na sociedade e na fé.

Separamos 10 versículos para inspirar e homenagear as mulheres neste dia tão significativo.

1. Provérbios 31:25

Yambaye inkomezi n’icubahiro

ategekanya kazoza mu munezero.

2. Provérbios 31:30

Kugira uburanga gusa birahenda, kandi ubwiza bwo ku rukoba nta co bumaze.

Ariko umugore yubaha Uhoraho azoshimwa.

3. Juízes 4:4

Hariho umugore yitwa Debora, umugore wa Lapidoti, yari umuvugishwa kandi ni we yari umucamanza w’Abisirayeli ico gihe.

4. Salmos 46:5

Imana iri muri wo, ntuzonyiganyiga;

Imana izowutabara umutwenzi utambitse.

5. Gênesis 1:27

Nuko Imana irema abantu mw’ishusho yayo.

Mw’ishusho yayo ni ho yabaremye;

ibarema ari umugabo n’umugore.

6. Lucas 1:45

Urahiriwe kuko wizeye ko ivyo Umwami Imana yavuze bizoshika."

7. 1 Pedro 3:3-4

Ntimwiteho cane ubwiza bw’inyuma ku mubiri buhagaze ku buryo kanaka bugezweho bwo gusokoza umushatsi, kwambara ibintu vyo kubashariza bikozwe mu nzahabu, canke impuzu z’igiciro kinini. Ariko mwambare ubwiza buva imbere muri mwebwe, budatituka ari bwo kugira umutima mwiza kandi utuje. Ubwo ni bwo bwiza bufise igiciro kinini imbere y’Imana.

8. Provérbios 14:1

Umugore w’umunyabwenge yubaka urugo rwiwe,

ariko uw’igipfu arusambuza amaboko yiwe.

9. Cantares de Salomão 4:7

Uri mwiza hose, mwiza wanje;

nta gatosi kari kuri wewe.

10. Êxodo 15:20

Maze uwuvugishwa n’Imana Miriyamu, mushiki wa Aroni, afata ingoma arayivuza, abandi bagore bagenziwe bose na bo bifatanya na we, bafata ingoma zabo, bashirako baratamba.

Estes versículos mostram a importância e o papel especial que Deus deu às mulheres. Compartilhe com aquelas que fazem diferença na sua vida e abençoe-as com essas palavras de fé e encorajamento.

Se esse conteúdo te ajudou, compartilhe a Palavra de Deus com seus amigos e familiares.

Seja o primeiro