Pular para o conteúdo
Publicidade

Casamento

Por Bíblia Online

O casamento é aliança sagrada instituída por Deus. Ele une marido e mulher em uma só carne — pacto de amor, fidelidade e companheirismo que reflete o amor de Cristo pela Igreja.

Fundamento divino

Não é bom que o homem esteja só. Deus criou o casamento como aliança de companheirismo, amor e fecundidade.

Uhoraho Imana aravuga ati: "Si vyiza ko umuntu yibana wenyene. Ngira ndamuronderere umufasha bakwiranye."

Nuko Uhoraho Imana asinziriza wa muntu ubutikoma. Agisinziriye, amukuramwo urubavu rumwe, maze muri ico kibanza ruvuyemwo ahuzuza inyama. Maze Uhoraho Imana abumba umugore muri urwo rubavu, araheza amuzanira wa mugabo.

Wa mugabo aca aravuga ati:

"Iri ni igufa ryo mu magufa yanje,

ni agace k’umubiri wanje!

Azokwitwa umugore

kuko yakuwe mu mugabo."

Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.

Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.

Uwo mugabo n’uwo mugore bari gusa, ariko nta soni vyabatera.

Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.

Maze Uhoraho Imana abumba umugore muri urwo rubavu, araheza amuzanira wa mugabo.

Wa mugabo aca aravuga ati:

"Iri ni igufa ryo mu magufa yanje,

ni agace k’umubiri wanje!

Azokwitwa umugore

kuko yakuwe mu mugabo."

Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.

Nuko Imana iravuga iti: "Tureme abantu mw’ishusho yacu, base natwe, baheze baganze amafi yo mu mazi, inyoni zo mu kirere, ibikoko vyose vy’ibitungano, ivyo mw’ishamba hamwe n’ibikoko bigenda vyikwega hasi vyose."

Nuko Imana irema abantu mw’ishusho yayo.

Mw’ishusho yayo ni ho yabaremye;

ibarema ari umugabo n’umugore.

Nuko Imana irabahezagira, ivuga iti: "Nimurondoke mugwire; mwuzure isi kandi muyiganze. Muganze amafi yo mu biyaga, inyoni zo mu kirere hamwe n’ibindi biremwa vyose bigendagenda kw’isi."

Kayini na Abeli

Nuko Adamu aryamana na Eva umugore wiwe, na we asama inda, avyara umwana bamwita Kayini. Aravuga ati: "Navyaye umuntu ndabifashijwemwo nUhoraho!"

Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe, na we avyara umuhungu amwita Seti, kuko yavuga ati: "Imana impaye uwundi mwana mu kibanza ca Abeli, uwo Kayini yishe."

Fidelidade conjugal

O que Deus ajuntou não separe o homem. O casamento deve ser honrado e o leito matrimonial preservado sem impureza.

Gutyo ntibaba bakiri babiri, ahubwo baba babaye umubiri umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura."

Yesu arabishura ati: "Ntimurasoma ko mu ntango Umuremyi yabaremye ari umugabo n’umugore, hanyuma akavuga ati: Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze naho ari babiri bakaba umubiri umwe? Gutyo ntibaba bakiri babiri, ahubwo baba babaye umubiri umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura."

hanyuma akavuga ati: Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze naho ari babiri bakaba umubiri umwe? Gutyo ntibaba bakiri babiri, ahubwo baba babaye umubiri umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura."

Kwahukana ntikwemewe

Vyaravuzwe mu vyagezwe ngo: Umuntu niyirukana umugore wiwe, ategerezwa kumuha urwandiko rwemeza ko bahukanye. Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.

Wopfuma utakaza igihimba kimwe c’umubiri hako ubura ijuru

Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: Ntugasambane. Ariko jeho ndababwira nti umuntu wese araba umugore akipfuza gusambana na we aba yamaze gukora ico caha mu mutima.

Baramwishura bati: "Mose yaremeye ko umuntu ashobora guha umugore wiwe urwandiko rwemeza ko bahukanye hanyuma akamwirukana."

Yesu arabishura ati: "Yanditse ico cagezwe kuko imitima yanyu ikomantaye. Ariko Imana yaremye umugabo n’umugore kuva mu ntango y’irema. Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe, maze bakaba umubiri umwe; kuko baba batakiri babiri, ahubwo baba babaye umubiri umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura."

Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, na we nyene aba asambanye."

Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.

Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.

Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.

Amor como Cristo

Maridos, amai vossas mulheres como Cristo amou a igreja. O amor conjugal reflete o evangelho em ação.

Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura ngo arigire iryejejwe ritunganye, aryogesheje umwuhagiro w’amazi ari ryo Jambo ry’Imana.

Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura ngo arigire iryejejwe ritunganye, aryogesheje umwuhagiro w’amazi ari ryo Jambo ry’Imana. Ivyo yabikoze kugira ngo aryiyegereze ari ishengero rikayangana, ritagira agatosi canke umunkanyari canke akandi gasembwa kose, ariko ryejejwe ritagira umugayo.

Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura ngo arigire iryejejwe ritunganye, aryogesheje umwuhagiro w’amazi ari ryo Jambo ry’Imana. Ivyo yabikoze kugira ngo aryiyegereze ari ishengero rikayangana, ritagira agatosi canke umunkanyari canke akandi gasembwa kose, ariko ryejejwe ritagira umugayo. Muri iyo nzira nyene, abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Uwukunda umugore wiwe abayikunda. Kandi murazi ko ata muntu yoshobora kwanka umubiri wiwe, ariko arawugaburira akawitwararika, nk’uko Kristo abikora kw’ishengero, kuko turi ingingo z’umubiri wiwe.

Muri iyo nzira nyene, abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Uwukunda umugore wiwe abayikunda.

Muri iyo nzira nyene, abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Uwukunda umugore wiwe abayikunda. Kandi murazi ko ata muntu yoshobora kwanka umubiri wiwe, ariko arawugaburira akawitwararika, nk’uko Kristo abikora kw’ishengero, kuko turi ingingo z’umubiri wiwe.

Bagore, mwumvire abagabo banyu nk’uko mwumvira Umwami Yesu. Kuko umugabo ari we mutwe w’umugore nk’uko Kristo na we ari we mutwe w’ishengero ari ryo mubiri wiwe, na we akaba umukiza waryo. Nuko rero nk’uko ishengero ryubaha Kristo, ni ko n’abagore bakwiye kwubaha abagabo babo muri vyose.

Bagore, mwumvire abagabo banyu nk’uko mwumvira Umwami Yesu. Kuko umugabo ari we mutwe w’umugore nk’uko Kristo na we ari we mutwe w’ishengero ari ryo mubiri wiwe, na we akaba umukiza waryo.

Bagore, mwumvire abagabo banyu nk’uko mwumvira Umwami Yesu. Kuko umugabo ari we mutwe w’umugore nk’uko Kristo na we ari we mutwe w’ishengero ari ryo mubiri wiwe, na we akaba umukiza waryo. Nuko rero nk’uko ishengero ryubaha Kristo, ni ko n’abagore bakwiye kwubaha abagabo babo muri vyose.

Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo yakunze ishengero akaryigura ngo arigire iryejejwe ritunganye, aryogesheje umwuhagiro w’amazi ari ryo Jambo ry’Imana. Ivyo yabikoze kugira ngo aryiyegereze ari ishengero rikayangana, ritagira agatosi canke umunkanyari canke akandi gasembwa kose, ariko ryejejwe ritagira umugayo. Muri iyo nzira nyene, abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Uwukunda umugore wiwe abayikunda. Kandi murazi ko ata muntu yoshobora kwanka umubiri wiwe, ariko arawugaburira akawitwararika, nk’uko Kristo abikora kw’ishengero, kuko turi ingingo z’umubiri wiwe. "Ku bw’ivyo, nk’uko Ivyanditswe bivuga, umugabo azosiga se na nyina abane n’umugore wiwe ubutakivana, maze babe umubiri umwe." Iri ni ibanga rihambaye; ariko ni ishusho nziza yerekana ivya Kristo n’ishengero. Rero, umwe wese muri mwebwe akunde umugore wiwe nk’uko yikunda, kandi umugore na we yubahe umugabo wiwe.

"Ku bw’ivyo, nk’uko Ivyanditswe bivuga, umugabo azosiga se na nyina abane n’umugore wiwe ubutakivana, maze babe umubiri umwe."

Rero, umwe wese muri mwebwe akunde umugore wiwe nk’uko yikunda, kandi umugore na we yubahe umugabo wiwe.

Rero, umwe wese muri mwebwe akunde umugore wiwe nk’uko yikunda, kandi umugore na we yubahe umugabo wiwe.

Ariko muri mwebwe ntihabemwo ubusambanyi, canke ukwipfuza ukwo ari kwo kwose, canke ubukunzi bw’inda, kuko bidakwiye ku bera b’Imana.

Submissão e respeito

Mulheres, sujeitem-se aos próprios maridos. Maridos, convivam com as esposas com conhecimento e honra.

Uko Umukristo akwiye kubana n’abandi

Bagore, mwumvire abagabo banyu, nk’uko bibereye ab’Umwami wacu.

Bagabo, mukunde abagore banyu ntimubababaze ku mitima.

Kandi ikirengeye vyose mwambare urukundo, ni wo mugozi udufatanya twese mu bumwe bushitse.

Amahoro ya Kristo aganze mu mitima yanyu. Kuko nk’uko mugize ingingo z’umubiri umwe, mwahamagariwe kubana mu mahoro. Kandi mube abama bashima. Ijambo rya Kristo ribe muri mwebwe rigwiriye, mwigishanye kandi muhanurane mu bwenge bwose, muririmba amazaburi n’indirimbo n’amatazirano muhawe na Mpwemu mushima Imana mu mitima yanyu. Kandi ivyo mukora vyose, mu mvugo no mu ngiro, mubikore mw’izina ry’Umwami wacu Yesu, mushima Imana Data wa twese ku bwiwe.

Kandi ikirengeye vyose mwambare urukundo, ni wo mugozi udufatanya twese mu bumwe bushitse.

Nuko rero, mwice ibintu vyose vya kamere k’isi: ubusambanyi, ibihumanya, ivyipfuzo vy’umubiri, ivyipfuzo bibi n’ugukunda amahera, ari kwo gusenga ibigirwamana.

Muri iyo ntumbero nyene, bagabo, mufate neza abagore banyu mu kubana na bo. Mububahe nk’abazoraganwa namwe ingabire y’ubugingo yatanzwe ku buntu, naho batanganya inkomezi namwe. Mubitwararike kugira ngo ntihagire ikizibira amasengesho yanyu.

Muri iyo ntumbero nyene, bagabo, mufate neza abagore banyu mu kubana na bo. Mububahe nk’abazoraganwa namwe ingabire y’ubugingo yatanzwe ku buntu, naho batanganya inkomezi namwe. Mubitwararike kugira ngo ntihagire ikizibira amasengesho yanyu.

Pureza no casamento

Não adulterarás. A impureza sexual destrói alianças e famílias. Deus chama à santidade no matrimônio.

Ntugasambane.

Ntukipfuze inzu ya mugenzawe canke umugore wa mugenzawe, umukozi wiwe w’umuhungu canke w’umukobwa, inka yiwe canke indogoba, canke ikindi kintu cose ca mugenzawe."

Ariko kubera ubusambanyi ari bwinshi, umugabo wese akwiye kugira umugore wiwe, kandi n’umugore wese akwiye kugira umugabo wiwe.

Umugabo ategerezwa kurangura amabanga y’abubatse n’umugore wiwe, n’umugore wiwe ni uko nyene. Umugore aba yemeye guha umubiri wiwe umugabo ngo abe ari we awuganza, kandi n’umugabo n’uko aba yemeye guha umubiri wiwe umugore ngo abe ari we awuganza.

Umugabo ategerezwa kurangura amabanga y’abubatse n’umugore wiwe, n’umugore wiwe ni uko nyene. Umugore aba yemeye guha umubiri wiwe umugabo ngo abe ari we awuganza, kandi n’umugabo n’uko aba yemeye guha umubiri wiwe umugore ngo abe ari we awuganza. Ntihakagire uwanka kurangura amabanga y’abubatse n’uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mugaca musubira kubana bisanzwe kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukunanirwa kuganza imibiri yanyu.

Umugabo ategerezwa kurangura amabanga y’abubatse n’umugore wiwe, n’umugore wiwe ni uko nyene. Umugore aba yemeye guha umubiri wiwe umugabo ngo abe ari we awuganza, kandi n’umugabo n’uko aba yemeye guha umubiri wiwe umugore ngo abe ari we awuganza. Ntihakagire uwanka kurangura amabanga y’abubatse n’uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mugaca musubira kubana bisanzwe kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukunanirwa kuganza imibiri yanyu.

Abatubatse n’abapfakaye bakwiye kuguma uko bari, nk’uko nanje ndi. Ariko nimba badashobora kuganza imibiri yabo, bakwiye kwubaka, kuko umuntu yopfuma agira uwo bubakanye hako arengerwa n’ivyipfuzo vy’umubiri.

Ku bubatse, ntanze iri tegeko, ritavuye kuri jewe ariko rivuye ku Mwami Imana: umugore ntakahukane n’umugabo wiwe. Ariko bishitse akahukana, ntaze asubire kurongorwa, canke na ho aze asubirane n’umugabo wiwe. N’umugabo na we ntakirukane umugore wiwe.

Kuko umubano n’umugabo atizera wezwa biciye ku mugore wiwe yizera, kandi n’umubano hamwe n’umugore atizera wezwa biciye ku mugabo wiwe yizera. Ahandi ho abana banyu bobaye abahumanye, ariko noneho barejejwe.

Nipfuza ko mubaho mwidegemvya, ata mwitwarariko w’ivyubu buzima. Umugabo atarongoye yitwararika ibikorwa vy’Umwami, akama arondera ingene amunezereza. Ariko uwarongoye yitwararika ivy’ino si, akarondera ingene yonezereza umugore wiwe. Mu mutima wiwe aba akwegwa irya n’ino. Umugore canke inkumi itarongowe yitwararika ibikorwa vy’Umwami. Yihebera Umwami mu mubiri no mu mpwemu. Ariko uwarongowe yitwararika ivy’ino si, arondera ingene yonezereza umugabo wiwe.

Umugore aba abohewe ku mugabo iyo akiriho. Ariko umugabo amaze gupfa, umugore aba afise uburenganzira bwo kurongorwa n’uwo ashaka wundi, mu gihe uwo mugabo aba yubaha Umwami Imana.

Ibijanye n’amabanga y’abubatse

Ku bijanye n’ivyo mwambajije mw’ikete mwanyandikiye, ni vyiza ko umuntu atorongora. Ariko kubera ubusambanyi ari bwinshi, umugabo wese akwiye kugira umugore wiwe, kandi n’umugore wese akwiye kugira umugabo wiwe.

Mwirinde ubusambanyi. Nta kindi caha gifise ingaruka ku mubiri kunganya ico. Uwusambana aba acumuye no ku mubiri wiwe na wo. Mbega ntimuzi ko imibiri yanyu ari insengero za Mpwemu Yera aba muri mwebwe, uwo mwahawe n’Imana? Erega ntimuciganza kuko mwaguzwe igiciro kinini. Nuko rero mwubahishe Imana imibiri yanyu.

Uwundi avuga ati: "Ivyokurya ni ivy’inda, n’inda ni iy’ivyokurya kandi Imana izobirandura vyompi." Yamara umubiri ntiwaremewe kuganzwa n’ubusambanyi, ariko waremewe kuba uw’Umwami Imana, kandi ni we awitaho. Imana, mu bushobozi bwayo, yazuye Umwami Yesu mu bapfuye, kandi natwe izotuzura.

Mbega ntimuzi ko inkozi z’ibibi zitazoragwa Ubwami bw’Imana? Ntimukibeshe: abihumanisha ibijanye n’ibitsina, abasenga ibigirwamana, abasambanyi, abagabo bihindura abagore mu bumaraya, abahuza ibitsina n’abafise ibisa n’ivyabo, abasuma, ingunge, imborerwa, abavuga nabi abandi, n’abambuzi ntibazoragwa Ubwami bw’Imana.

Urukundo rurihangana, rugira neza, ntirugira ishari, ntirwihayagiza, kandi ntirwishira hejuru. Ntiruteza isoni abandi, ntirurondera inyungu zarwo, ntirutwarwa n’ishavu, kandi ntirubika ikibi. Urukundo ntirunezerererwa ikibi, ariko runezererwa ukuri. Urukundo ntirucika intege, ntirutakaza ukwizera, ntirutakaza ivyizigiro, rukomeza kwihanganira ibihe uko bije kwose.

Mbega Kristo agabuwemwo ibice? Mbega Pawulo yarababambiwe? Mbega mwabatijwe mw’izina rya Pawulo? Ndashimira Imana ko ata n’umwe nabatije muri mwebwe kiretse Kirisipo na Gayo, nta n’umwe rero ashobora kuvuga ko yabatijwe mw’izina ryanje. (Egome narabatije n’abo mu muryago wa Setefana, ariko atari abo, sinibuka ko hari uwundi muntu n’umwe noba narabatije.) Kuko Kristo ntiyantumye kubatiza, ariko yantumye kuvuga Ubutumwa Bwiza, ntakoresheje amajambo y’ubwenge bw’abantu, kugira ngo simpindure ubusa ubushobozi bw’umusaraba wa Kristo.

Ubusambanyi bwari mw’ishengero

Narumvise ko hari ingeso y’ubusambanyi hagati muri mwebwe, ubusambanyi butaba no mu bantu batizera Imana: numvise ko hari umugabo yarongoye umugore wa se. Kandi ikibabaje, aho gutuntuzwa n’ivyo, maze umuntu yabikoze mukamutaramura muri mwebwe, mubandanya mwishira hejuru.

Sabedoria conjugal

Acha esposa, acha o bem. Bebe água da tua própria cisterna. A fidelidade conjugal é fonte de bênção permanente.

Uwuronse umugore aba aronse itunga ryiza,

kandi agirirwa ubuntu nUhoraho.

Uwuronse umugore aba aronse itunga ryiza,

kandi agirirwa ubuntu nUhoraho.

Uwuronse umugore aba aronse itunga ryiza,

kandi agirirwa ubuntu nUhoraho.

Amazu n’amatungo umuntu abiragwa n’abavyeyi,

ariko umugore w’ubwenge atangwa nUhoraho.

Isoko ryawe riragahezagirwa,

nawe unezerererwe umugore wo mu buto bwawe.

Ameze nk’impongokazi iteye igomwe, nk’ingeregere ihimbaye.

Amabere yiwe akubumbe ibihe vyose,

kandi wame ukwegwa n’urukundo rwiwe ibihe vyose.

Kuko akanwa k’umugore w’umusambanyikazi gasosa nk’ubuki,

amajambo yiwe anyerera gusumvya amavuta.

Ariko mu nyuma arura gusumvya ikintu cose kirura,

agacumita kurusha inkota y’ubugi bubiri.

Ibirenge vyiwe bimanuka bija mu rupfu,

kandi intambuko ziwe nta handi zijana atari mu mva.

Ntiyiyumvira ku nzira ijana mu buzima,

inzira ziwe ziramuzimiza, ariko ntabibona.

None rero, mwana wanje, ntega amatwi;

ntiwirengagize ivyo ndakubwira.

Uze wigire kure uwo mugore,

ntuze wegere n’umuryango w’inzu yiwe,

kugira ngo ntiwiyake icubahiro cawe ngo ugihe abandi,

imyaka y’ubuzima bwawe ukayiha ruburakigongwe.

Kuko akanwa k’umugore w’umusambanyikazi gasosa nk’ubuki,

amajambo yiwe anyerera gusumvya amavuta.

Ariko mu nyuma arura gusumvya ikintu cose kirura,

agacumita kurusha inkota y’ubugi bubiri.

Ibirenge vyiwe bimanuka bija mu rupfu,

kandi intambuko ziwe nta handi zijana atari mu mva.

Ntiyiyumvira ku nzira ijana mu buzima,

inzira ziwe ziramuzimiza, ariko ntabibona.

Uze wigire kure uwo mugore,

ntuze wegere n’umuryango w’inzu yiwe,

kugira ngo ntiwiyake icubahiro cawe ngo ugihe abandi,

imyaka y’ubuzima bwawe ukayiha ruburakigongwe.

Abantu utazi ntibabe ari bo barya ubutunzi bwawe,

ngo ivyo wabiriye akuya bitungishe inzu y’uwundi muntu.

Mu misi yawe ya nyuma uzoboroga,

umubiri wawe umaze kuba akaheze.

Uzovuga uti: "Ese ingene nanse gutozwa indero!

Ese ukuntu nirengagije ukugabishwa!

Vyangendeye gute ngo sinumvire abigisha banje,

canke ngo ntege amatwi abarezi banje?

Ehe ngeze aho umwansi ashaka bidatevye,

maramariye imbere y’ikoraniro ry’abantu."

Ameze nk’impongokazi iteye igomwe, nk’ingeregere ihimbaye.

Amabere yiwe akubumbe ibihe vyose,

kandi wame ukwegwa n’urukundo rwiwe ibihe vyose.

Mwana wanje, ni igiki cotuma ukwegwa n’umusambanyikazi,

ukagumbira igikiriza c’umugore w’icigenze?

Ni ko bimeze no ku wuryamana n’umugore w’uwundi muntu;

nta wumukorako ngo abure guhanwa.

Ariko uwusambana n’umugore w’uwundi we ni igipfu;

uwubikoze wese aba ashaka kuranduka.

Ariko uwusambana n’umugore w’uwundi we ni igipfu;

uwubikoze wese aba ashaka kuranduka.

Inguma n’ibimaramare ni vyo mugabane wiwe,

kandi umugayo ntuzokwigera umuvako.

Ugupfuha gutuma umugabo w’uwo mugore agira ishavu ry’inkazi,

kandi ntazogira ikigongwe nihagera ko yihora.

Ntazokwakira indishi y’akababaro n’imwe,

ntazokwemera ingabire zawe naho womuha ibingana iki.

Umugore w’ingeso nziza ni urugori rw’umugabo wiwe,

ariko umugore w’isoni nke ni nk’ingwara idakira mu magufa y’umugabo wiwe.

Umuntu aragira imigabo mu mutima wiwe,

ariko Uhoraho ni we ashiraho intambuko ziwe.

Wopfuma wibana mu mfuruka y’igisenge c’inzu,

hako ubana mu nzu nziza n’umugore w’intonganya.

Umugore w’imico myiza yova hehe?

Asumba utubuye tw’agaciro.

Bíblia e casamento

Deus abomina o divórcio. A aliança matrimonial é reflexo da aliança de Deus com seu povo — sagrada e eterna.

Mbega Imana ntiyari yabagize umwe n’abagore banyu? Mu mpwemu no mu mubiri muri abiwe. Kandi ico abipfuzako ni iki? Ashaka ko muvyara abana bamwubaha. Nuko rero nimwirinde mugume mw’isezerano mwagiranye n’abagore bo mu buto bwanyu.

"Kuko ndanka ukwahukana," ni ko Uhoraho Imana ya Isirayeli avuze, "kandi nanka n’umuntu yitwikira umuryano nk’uko yitwikirira umutamana," ni ko Uhoraho Mushoboravyose avuze.

None rero nimurinde imitima yanyu, mwoye guhemukira abagore banyu.

Twirinde gusenga ibigirwamana

Ntimukifatanye n’abatizera, kuko ubugororotsi n’ubukozi bw’ikibi nta ho bihurira, kandi umuco n’umwijima nta co bisangiye.

Ico Imana igomba ni uko mubaho mwejejwe, muri kure y’ivyaha vy’ubusambanyi. Kandi ni uko umwe wese muri mwebwe abaho aganza umubiri wiwe, yejejwe kandi yihesha agateka, mudatwarwa n’ivyipfuzo vy’umubiri nk’abapagani batazi Imana.

Mwirinde ntihagire uwusubiza inabi mugenziwe, ahubwo mwame murondera kugiriranira ineza hagati yanyu no ku bandi.

abasambanyi b’uburyo bwose, abasambana n’abafise ibitsina bisa n’ivyabo, abadandaza abagurano, ababeshi, abarahira nabi, canke abakora ibindi vyose bidahwanye n’inyigisho z’ukuri

Umurongozi akwiye kuba inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, atekereje, aganza ingeso ziwe, yubahwa, yakira abantu, kandi ashoboye kwigisha,

Umudiyakoni ategerezwa kuba umugabo afise umugore umwe, kandi ashoboye gutunganya abana biwe n’urugo rwiwe.

Umurongozi w’Ishengero ategerezwa kuba ari inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, abana biwe bizera kandi batazwi nk’abigenza nabi canke abagarariji.

Umugabo aherutse kurongora ntazorungikwe ku rugamba, canke ngo azezwe ibindi bikorwa. Aze ahabwe akaruhuko amare umwaka wose abana n’umugore wiwe yarongoye kugira ngo amunezereze.

Umugabo niyabira umugore hanyuma agahitamwo kuvana na we kuko yasanze hari ikintu kitari ciza gituma batoshishikara kubana, azomwandikire urwandiko rwemeza ko bavanye, arumuhe hanyuma aheze amwirukane.

Ukutubahiriza ivyo kwabirana

Nihagira umugabo yabira umugore, amaze kuryamana na we akumva aramwanse, akamumaramaza mu bantu amwagiriza ko yigenjeje nabi, akavuga ati: "Igihe narongora uwu mugore nasanze ata bimenyetso vyerekana ko atigeze aryamana n’umugabo afise," abavyeyi b’uwo mugore baze bashire abakuru b’ico gisagara ivyemeza ko uwo mugore atigeze aryamana n’uwundi mugabo. Se w’uwo mugore azobwire abatware ati: "Uwu mugabo namuhaye umukobwa wanje ngo abe umugore wiwe, ariko ubu aramwanse. Yamumaramaje avuga ati: Nasanze umukobwa wanyu atagifise ibimenyetso vyerekana ko atigeze aryamana n’uwundi mugabo.Ariko ng’ibi ibimenyetso bigaragaza ko umukobwa wacu atigeze aryamana n’uwundi mugabo." Abo bavyeyi bazokwerekane impuzu yiwe imbere y’abakuru b’igisagara.

Ntuze uryamane n’umugore wa so; kuko ni ukumaramaza so.

Ntuze uryamane n’umugore wa mugenzawe ngo umwihumanishe.

Umugabo azosambana n’umugore w’uwundi mugabo, ni ukuvuga umugore wa mugenziwe, uwo mugabo n’uwo mugore bompi baze bicwe.

Umugabo niyasambana n’uwundi mugabo nk’uko umugabo asambana n’umugore, bompi bazoba bakoze ivyo kwankwa urunuka. Baze bicwe; amaraso yabo azoje ku mitwe yabo ubwabo.

Ntibaze barongore abagore bahumanijwe n’ubumaraya canke bahukanye n’abagabo babo, kuko abaherezi ari abejerejwe Uhoraho Imana yabo.

Umuherezi mukuru aze arongore umukobwa akiri isugi. Ntaze arongore umupfakazi, uwahukanye, canke uwihumanishije kuba maraya, ahubwo aze arongore umukobwa akiri isugi wo mu bwoko bwiwe,

Exemplos bíblicos

O Cântico dos Cânticos celebra o amor conjugal. A Bíblia honra o casamento em toda a sua beleza e profundidade.

Nshira ku mutima wawe nk’ikidodo,

nk’ikidodo ku kuboko kwawe;

kuko urukundo rukomeye nk’urupfu,

ishari ryarwo rigakomera nk’i kuzimu.

Ruturira nk’umuriro waka,

nk’urubeya rukomeye.

Amazi menshi ntashobora kuzimya urukundo;

inzuzi ntizishobora kuruzimanganya.

Niyo umuntu yotanga

ivyo atunze vyose mu nzu yiwe ngo agure urukundo,

yogawa rwose.

Abagenzi

Amazi menshi ntashobora kuzimya urukundo;

inzuzi ntizishobora kuruzimanganya.

Niyo umuntu yotanga

ivyo atunze vyose mu nzu yiwe ngo agure urukundo,

yogawa rwose.

Abagenzi

Uri mwiza hose, mwiza wanje;

nta gatosi kari kuri wewe.

Amabere yawe yompi ameze nk’inyana zibiri,

nk’amahasa y’inyana z’ingeregere,

zirisha hagati mu mashurwe.

Wantwaye umutima, mushikanje, mugeni wanje;

wantwaye umutima

ku bwo kuraba kw’amaso yawe,

kubera agatete kamwe ko ku rudede rwawe.

Ukuboko kwiwe kw’i bubamfu kuranseguye,

ukuboko kwiwe kw’i buryo kurambumbatiye.

Nunsomeshe iminwa yawe,

kuko urukundo rwawe ruryoshe kuruta umuvinyu.

Nezererwa ubuzima hamwe n’umugore wawe ukunda, imisi yose y’ubu buzima butoya Imana yaguhaye musi y’izuba. Kuko ivyo ari vyo mugabane wawe mu buzima no mu butame bwawe musi y’izuba.

Nezererwa ubuzima hamwe n’umugore wawe ukunda, imisi yose y’ubu buzima butoya Imana yaguhaye musi y’izuba. Kuko ivyo ari vyo mugabane wawe mu buzima no mu butame bwawe musi y’izuba.

Babiri baruta umwe,

kuko baronka inyungu nziza mu gikorwa cabo:

Umwe atemvye,

mugenziwe ashobora kumuvyura.

Ariko haragowe umuntu atemba

ntagire n’umwe wo kumuvyura!

Vyongeye, iyo babiri baryamanye, barasusuruka.

Ariko umwe yosusuruka ate?

Ariko nimba umuntu yoshobora kunesha umwe,

babiri bashobora kwigwanira. Mbere batatu barushaho

kuko ikiziriko c’imigozi itatu ntigicika vyoroshe.

Juízo e restauração

O Senhor é testemunha do pacto conjugal. Casamentos quebrados podem ser restaurados pelo poder e graça de Deus.

"Nimungarukeko, mwa bana batizigirwa," ni ko Uhoraho avuze, "kuko ndi shobuja. Nzobatoranya, ndabakure iyo mwasabagiriye, umwe ndamukure mu gisagara kimwe na babiri mu muryango umwe, maze ndabazane i Siyoni.

Umugore wa Hoseya n’Abana biwe

Igihe Uhoraho yatangura kuvugisha Hoseya, yamubwiye ati: "Genda urongore umugore w’umumaraya, kugira ngo uvyarane na we abana, kuko kurya umugore w’umusambanyi ahemuka, ni ko n’iki gihugu cahemukiye Uhoraho mu gusenga ibigirwamana."

Uguhanwa kwa Isirayeli no gusubira kubabarirwa

Ihanize nyoko wawe, mwihanize,

kuko ntakiri umugore wanje,

kandi nanje sinkiri umugabo wiwe.

Niyiyambure ibimenyetso vy’ubusambanyi mu maso hiwe

hamwe n’ivyubuhemu mu mabere yiwe.

Uku ni ko Uhoraho Nyeninganji avuze: Ko wasesaguye ubutunzi bwawe, ukiyambika ubusa mu gusambana n’abo wishakiye bose, kandi kubera ubuyobe bw’ibigirwamana vyawe, hamwe n’amaraso y’abana bawe wahaye ivyo bigirwamana, ngiye kwegeranya abo bose wikundiye, abaguha umunezero, abo wakunze n’abo wanse. Nzobegeranya bave mu mihingo yose, ndakwamburire imbere yabo bose, babone ubwambure bwawe bwose.

Ariko Uhoraho ateza Farawo n’umuryango wiwe ivyago bitandukanye kubera Sarayi, umugore wa Aburamu. Nuko Farawo atumako Aburamu aramubaza ati: "Ibi wankoreye ni ibiki? Ni kuki utambwiye ko ari umugore wawe?

Ivuka rya Ishimayeli

Sarayi muka Aburamu, ntiyari bwashobore kuvyarana na we umwana. Ariko yari afise incoreke y’Umunyegiputakazi yitwa Hagari. Nuko Sarayi abwira Aburamu ati: "Uhoraho ntiyashatse ko ndonka umwana. None genda uryamane n’umuguranokazi wanje. Hari n’aho vyokunda nkaronka abana biciye kuri we."

Nuko Aburamu yumvira Sarayi umugore wiwe. Sarayi umugore wa Aburamu afata Hagari ya ncoreke y’Umunyegiputakazi, umuha Aburamu umugabo wiwe nk’umugore. Ivyo vyabaye Aburamu amaze imyaka icumi aba mu gihugu c’i Kanani.

Maze umwe muri bo aravuga ati: "Nzogaruka iwawe igihe nk’iki umwaka uza, kandi Sara umugore wawe azoba afise umwana w’umuhungu."

Muri ako kanya, Sara yari mu muryango w’ihema ryari inyuma y’uwariko aravuga yumviriza. Aburahamu na Sara bari bakuze cane, kandi Sara yari yararengeje imyaka yo kuvyara. Nuko Sara aratwenga yivugana ati: "Ko ndi akaheze, n’umwami wanje na we akaba ashaje, mbega ivyo vyoba bikindyohera?"

Ariko Onani yari azi ko urwo ruvyaro rutazoba urwiwe. Ni co gituma igihe cose yaryamana na muramuwe, yasesa imbuto ziwe hasi, kugira ngo ntavyarire mukuruwe. Ariko ivyo yakoze bibabaza Uhoraho, na we aca aramwica.

Nuko Dawidi aremesha umugore wiwe Batisheba, aragenda aryamana na we. Maze Batisheba asama iyindi nda avyara umwana w’umuhungu, bamwita Salomo. Uhoraho aramukunda;

Ariko Abiya we arushaho kuba umunyenkomezi. Arongora abagore icumi na bane avyara abahungu mirongo ibiri na babiri n’abakobwa icumi na batandatu.

Iri ni ryo tegeko rijanye n’ukwikeka ko umugore yahemukiye umugabo akiyanduza kandi afise umugabo wiwe, canke umugabo niyafatwa n’ivyiyumviro vyo kwikeka umugore wiwe. Umuherezi aze amuhagarike imbere yUhoraho ace akoresha iryo tegeko ryose kuri we.

Icubahiro ca Siyoni mu gihe kizoza

"Ririmba, ewe mugore w’ingumba,

wewe utigeze uvyara;

turika uririmbe usemererane umunezero,

wewe utigeze utera igise;

kuko abana b’intabwa ari bo benshi

gusumba ab’abafise abagabo,"

ni ko Uhoraho avuze.

Nzohimbarwa nUhoraho,

umutima wanje unezerererwe Imana yanje.

Kuko yanyambitse umwambaro w’agakiza,

akantwikiriza umutamana w’ukugororoka,

nk’uko umukwe ashariza umutwe wiwe nk’umuherezi,

umugeni na we akishariza n’udusharizo twiwe tw’inzahabu.

Hariho n’uwavugishwa n’Imana yitwa Hana, mwene Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri, yari ashaje cane. Yabanye n’umugabo wiwe imyaka indwi gusa,

"Nibagutumira mu musi mukuru w’ubukwe, ntuze uhitemwo icicaro c’imbere, kuko bishoboka ko hari uwugusumvya icubahiro nawe yatumiwe nkawe.

Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.

Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.

Yesu arunamuka aramubaza ati: "Mbega abariko barakwagiriza bagiye he? Nta n’umwe yaguciriye urubanza?"

Na we aramwishura ati: "Oya, nyakwubahwa."

Yesu aramubwira ati: "Nanje nta rubanza ndagucira. Niwigire ariko ntugasubire gukora icaha."]

Kandi nta muntu n’umwe yasize inzu, canke abavukanyi, canke se, canke nyina, canke umugore, canke abana, canke amatongo kubera izina ryanje, atazobishumbushwa incuro ijana kandi akaragwa n’ubugingo budashira.

"Mwigisha, Mose yavuze ko umugabo apfuye adasize abana, uwo bavukana ategerezwa kurongora umupfakazi wiwe kugira ngo aronkere uruvyaro uwo yapfuye.

Ku musi w’izuka abantu ntibazorongora canke ngo barongorwe, bazoba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.

Kuko mu mutima ari ho hava ivyiyumviro bibi: ubwicanyi, ubusambanyi, ivy’isoni nke, ubusuma, kubeshera abandi no kuvuga abandi nabi.

Ibikorwa vya kamere muntu biragaragara, ni ibi: ubusambanyi, ibihumanya, ivy’isoni nke, Gusenga ibigirwamana, uburozi, urwanko, amatati, ishari, uburake, ukwikunda, ukwicamwo ibice, kwitandukanya, ukwipfuza kubi, akaborerwe, kurya birenze urugero n’ibindi bene ivyo. Ndababuriye ubugira kabiri, ko abakora ibintu nk’ivyo batazoragwa Ubwami bw’Imana.

Umugore wawe azoba nk’umuzabibu wama cane

mu nzu yawe;

abana bawe bazoba nk’utugemwe twa elayo

bakikuje imeza yawe.

Nk’akarorero, umugore yubatse, amategeko amufatanya n’umugabo wiwe mu gihe cose uwo mugabo akiriho, ariko uwo mugabo apfuye, ayo mategeko ntaba akimumuboheyeko. Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye.

Ariko ico nkugaya ni uko waretse uwo mugore Yezebeli yiyita umuvugishwa, akazimiza abantu banje, akabajana mu busambanyi no mu kurya ivyaterekerewe ibigirwamana.

Ntibigeze kandi bihana ubwicanyi, amareba, ubusambanyi n’ubusuma.

kuko imanza zayo ni iz’ukuri kandi ziragororotse.

Yaciriye urubanza wa mumaraya akomeye,

umwe yononesha isi ubusambanyi bwiwe.

Yaramwihoye kubera amaraso y’abakozi bayo yasheshe."

Seja o primeiro