Publicidade

Esperança

Por Bíblia Online

A esperança cristã não é desejo vago — é certeza inabalável fundamentada nas promessas de Deus. Ela é âncora da alma, firme e segura, que penetra até o interior do véu.

Esperança viva

Bendito seja Deus que nos gerou de novo para uma esperança viva, mediante a ressurreição de Jesus Cristo.

Imana ishimirwe ivyizigiro bizima

Amashimwe yose abe ay’Imana Se w’Umwami wacu Yesu Kristo, kuko ku bw’imbabazi zayo nyinshi, yaduhaye kuvuka ubwa kabiri, mu kuzura Yesu Kristo mu bapfuye. Ubu dufise ivyizigiro bizima

Imana ishimirwe ivyizigiro bizima

Amashimwe yose abe ay’Imana Se w’Umwami wacu Yesu Kristo, kuko ku bw’imbabazi zayo nyinshi, yaduhaye kuvuka ubwa kabiri, mu kuzura Yesu Kristo mu bapfuye. Ubu dufise ivyizigiro bizima

Ahubwo mu mitima yanyu mwubahe Kristo nk’Umwami. Kandi igihe cose mwame mwiteguye kwishurana ubugwaneza no kwubaha umuntu wese ababajije ivyerekeye ivyizigiro vyanyu.

Ahubwo mu mitima yanyu mwubahe Kristo nk’Umwami. Kandi igihe cose mwame mwiteguye kwishurana ubugwaneza no kwubaha umuntu wese ababajije ivyerekeye ivyizigiro vyanyu.

Kandi umuntu wese afise ibi vyizigiro muri Kristo ariyeza, nk’uko Kristo na we ari uwera.

Esperança que não decepciona

A esperança não decepciona, pois o amor de Deus é derramado em nossos corações pelo Espírito Santo.

Kandi, ivyo vyizigiro ntibitetereza, kuko Imana yasutse urukundo rwayo mu mitima yacu ibicishije muri Mpwemu Yera yaduhaye.

Kandi, ivyo vyizigiro ntibitetereza, kuko Imana yasutse urukundo rwayo mu mitima yacu ibicishije muri Mpwemu Yera yaduhaye.

Amahoro n’ivyizigiro

Ni co gituma, kuva twemewe nk’abagororotsi imbere y’Imana biciye mu kwizera, dufitaniye amahoro na yo kubera igikorwa Yesu Kristo Umwami wacu yadukoreye. Tumaze kumwizera; Kristo yadushikanye muri ubu buntu turimwo, kandi dufise umunezero no kwizigira ko tuzosangira na we ubwiza bw’Imana.

Ikigeretseko, n’iyo duciye mu mibabaro, turanezerwa kuko tuzi yuko ivyo bituma tumenyerezwa kwihangana. Ukwo kwihangana gutuma tugwiza inkomezi zo mu mutima, izo na zo zikaduha kugumana ivyizigiro.

Ivyo ni vyo twiteze kuva dukijijwe. Iyo icari citezwe kibonetse, kucitega kuba kurangiye. None hari umuntu yokwitega ico yamaze kubona? Ariko ko twiteze ivyo tutarabona, dutegerezwa kubirindira twihanganye.

Ariko ko twiteze ivyo tutarabona, dutegerezwa kubirindira twihanganye.

Ivyizigiro vyanyu bitume mugumana umunezero. Mwihanganire imibabaro kandi mushishikare gusenga.

Imana, yo itanga ivyizigiro, ibuzuze umunezero n’amahoro kuko muyizera, kugira ngo murushirize kwizigira amasezerano yayo mubishobojwe na Mpwemu Yera.

Imana, yo itanga ivyizigiro, ibuzuze umunezero n’amahoro kuko muyizera, kugira ngo murushirize kwizigira amasezerano yayo mubishobojwe na Mpwemu Yera.

A fé é a certeza

A fé é a certeza do que se espera. Mantenhamos firme a confissão da esperança, pois fiel é o que prometeu.

Ukwizera

Ukwizera ni ukudakekeranya ko ivyo wizigiye bizoba; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso.

Ukwizera

Ukwizera ni ukudakekeranya ko ivyo wizigiye bizoba; ni ukutagira amazinda ku vyo utabonesha amaso.

Muze twumire ku vyizigiro twatura tutanyiganyiga, kuko Imana yasezeranye ni iyo kwizigirwa.

Muze twumire ku vyizigiro twatura tutanyiganyiga, kuko Imana yasezeranye ni iyo kwizigirwa.

Hari umubiri umwe n’Impwemu imwe, nk’uko mwahamagariwe ivyizigiro bimwe vyo muri kazoza;

Ndabasengera ngo amaso y’imitima yanyu amurikirwe kugira ngo mumenye ivyizigiro yabahaye igihe yabahamagara, n’ubwiza bwinshi bw’umugabane yateguriye abantu biwe batunganye.

Imana yahisemwo kumenyekanisha mu Banyamahanga ubutunzi n’ubwiza bw’iryo banga; iryo banga ni Kristo ari muri mwebwe, ivyizigiro vy’ubwiza.

kuko twumvise ukwizera Kristo Yesu kwanyu n’urukundo mufitiye abera b’Imana bose. Ukwo kwizera n’urwo rukundo vyubakiye ku kwizigira ivyo Imana ibabikiye mw’ijuru. Ivyo vyizigiro na vyo mwabikuye mw’ijambo ry’ukuri mwumvise, ari ryo Butumwa Bwiza.

Esperança e confiança

Eu sei os planos que tenho para vocês — planos de paz e esperança. Deus é a fonte de toda esperança.

Kuko nzi imigambi ndabafitiye," ni ko Uhoraho avuze, "ni imigambi yo kubateza imbere, si iyo kubagirira nabi, ni imigambi yo kubaha ivyizigiro muri kazoza.

Kuko nzi imigambi ndabafitiye," ni ko Uhoraho avuze, "ni imigambi yo kubateza imbere, si iyo kubagirira nabi, ni imigambi yo kubaha ivyizigiro muri kazoza.

Nimukomere mureme mu mitima,

yemwe mwese abizigira Uhoraho.

Nimukomere mureme mu mitima,

yemwe mwese abizigira Uhoraho.

Mutima wanje, ni igiki gitumye wicurikira?

Ni igiki gitumye umpagararamwo?

Niwizigire Imana,

kuko nzosubira kuyihimbaza,

yo mukiza wanje n’Imana yanje.

Mutima wanje, ni igiki gitumye wicurikira?

Ni igiki gitumye umpagararamwo?

Niwizigire Imana,

kuko nzosubira kuyihimbaza,

yo mukiza wanje n’Imana yanje.

Ni wewe buhungiro bwanje n’inkinzo yanje;

nashize ivyizigiro vyanje mw’ijambo ryawe.

Ni wewe buhungiro bwanje n’inkinzo yanje;

nashize ivyizigiro vyanje mw’ijambo ryawe.

Umutima wanje uciwe intege no kwipfuza agakiza kawe,

ariko nizigiye ijambo ryawe.

Hahiriwe abahungira ku Mana ya Yakobo,

ivyizigiro vyabo bikaba kUhoraho Imana yabo.

Ndakwizigiye;

ntundeke ngo maramare,

ntureke ngo abansi banje baneshe.

Nta wukwizigiye

azokwigera amaramara,

ariko abahemuka ata nyanduruko

ni bo bazomaramara.

Esperança eterna

Somos salvos na esperança. Aquele que prometeu é fiel. A esperança está guardada nos céus para os que creem.

kugira ngo tumaze kwemerwa nk’abagororotsi ku bw’ubuntu bwayo, tube abaragwa bafise ivyizigiro vy’ubugingo butazoshira.

Igituma dukora tukaruha, ni uko twizera Imana nzima, yo Mukiza w’abantu bose, na canecane w’abizera.

Niyo yonyene ifise ukudapfa, kandi iba mu muco ata muntu yoshobora kuwegera, iyo ata muntu n’umwe arayibona kandi ata wushobora kuyibona. Icubahiro n’ububasha bibe ivyayo ibihe bidashira. Amen.

Wigishe abafise ubutunzi bwo muri iyi si kutishira hejuru no kudashira ivyizigiro vyabo muri bwo, kuko butaramba. Ariko bizigire Imana yo iduha vyose nk’umusesekara kugira ngo bitunezereze.

Iyo tubasengera ku Mana ari yo Data, twama twibuka ibikorwa vyanyu biva ku kwizera, ibikorwa vyanyu bisunitswe n’urukundo, hamwe rero n’ukwihangana kuva mu vyizigiro mufise mu Mwami wacu Yesu Kristo.

Ivyo kuzuka kw’abapfuye

Bene Data, turashaka ko mumenya ibizoba ku bapfuye bizeye, kugira ngo ntimwicwe n’umubabaro nk’abadafise ivyizigiro. Uko twizera ko Yesu yapfuye hanyuma akazuka, ni ko twizera ko Imana imugarukanye azoza azananye n’abasinziriye bari muri we.

Ko dufise ivyo vyizigiro, dufise ugushira amanga.

None rero hari ibintu bitatu bizokwamaho: ukwizera, ivyizigiro n’urukundo. Ariko igikuru muri vyose ni urukundo.

Expressões de esperança

Vinde a mim todos os que estais cansados. A esperança adia a dor e floresce na presença do Senhor.

Nimuze kuri jewe mwese abarushe n’abaremerewe n’imitwaro, ndabaruhura.

Umwaka wo kwemererwamwo n’Uhoraho

Mpwemu wUhoraho Nyeninganji, ari kuri jewe,

kuko Uhoraho yansize amavuta

ngo mbwire aboro ubutumwa bwiza.

Yantumye kwunga imitima isanzaye,

kumenyesha inyagano ko zibohowe,

no guha imbohe umwidegemvyo.

ariko abizigiye Uhoraho

bazokwama bongerwa inkomezi.

Bazoguruka mu kirere nk’abagurukisha amababa y’inkona,

bazokwiruka ntibaruhe,

bazogenda ntibacike intege.

Ndibwira muri jewe nti: "Uhoraho ni we mugabane wanje;

ni co gituma nzomwitega."

Ariko jeho nzokwitega Uhoraho nizigiye,

nzororera Imana Umukiza wanje;

Imana yanje izonyumva.

Iyo ivyitezwe bitevye, umutima uragwara,

ariko icipfujwe iyo gishitse, kiba igiti c’ubuzima.

Iyo ivyitezwe bitevye, umutima uragwara,

ariko icipfujwe iyo gishitse, kiba igiti c’ubuzima.

Firmeza na esperança

Esperai no Senhor! O cavalo é vaidade para a segurança, mas o Senhor guarda os que nele esperam.

Urukundo rwawe rudashira rubane natwe, ewe Uhoraho,

kuko ari wewe twizigiye.

Urukundo rwawe rudashira rubane natwe, ewe Uhoraho,

kuko ari wewe twizigiye.

Turindiriye Uhoraho twihanganye;

kuko ari umutabazi wacu n’inkinzo yacu.

Ntukizigire ifarasi ngo igukize;

naho ifise inkomezi nyinshi ntishobora gukiza.

Ariko inyonga zUhoraho ziri ku bamwubaha,

ku bizigira urukundo rwiwe rudashira,

ngo rubakize urupfu

rubazigame bagume ari bazima mu gihe c’ikigoyi.

Niteze Uhoraho, ubugingo bwanje bwose buramwiteze

kandi ivyizigiro vyanje biri kw’ijambo ryiwe.

Ego cane, mutima wanje, ruhukira mu Mana;

ivyizigiro vyanje biva kuri yo.

Utwirura mu bikorwa biteye ubwoba vyo kugororoka,

Mana Mukiza wacu,

wewe vyizigiro vyo ku mpera z’isi zose

n’ivyibiyaga vya kure,

Ariko noneho ubu ndondera iki, ewe Mana?

Ivyizigiro vyanje biri muri wewe.

Ndongorera mu kuri kwawe unyigishe,

kuko uri Imana Umukiza wanje,

kandi ni wewe nizigira bukarinda bwira.

Mu gitondo wumve ijwi ryanje;

mu gitondo nzana imbere yawe ivyo ngusaba

nkarindira niteze inyishu yawe.

Ariko Imana ntizokwibagira na rimwe abakene;

ivyizigiro vy’impahazwa ntibizokwigera bikurwaho.

Uhoraho azokurinda ikibi cose;

azozigama ubugingo bwawe;

Uhoraho azokuzigama amaja n’amaza

uhereye ubu ukageza ibihe vyose.

Amaso yanje ndayahanga Uhoraho imisi yose.

Ko ari i buryo bwanje, sinzonyiganyizwa.

Seja o primeiro
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-